Poutine Burundi
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Poutine Burundi, Legal, Москва, Кремль, Moscow.
Z
20/03/2025
🤔Bamwe bati yoba yibuka Ko ari umurwizatunga...❗
______________________
✍🏿Ni N'Golo Kanté Kuva ash*tse Bamako muri Mali benshi bavugako imyambarire yiwe iteje uruhagarara.
N'Golo Kanté yasize abakoresha imbuga ngurukanabumenyi bumiwe biturutse kukwicisha bugufi kwiwe kurenze.
📌 Twobamenyesha Ko muvyo yambaye atakintu c' Ishirahamwe rizwi nka Nike, Puma, n' ayandi mashirahamwe azwi kw' Isi carimwo, ikindi kandi ntamuntu amucungera umutekano yari afise bitandukanye cane n' ukwo abandi bakinyi bagenzi we babikora baje muri Afurika.
Tubibutse ko ahembwa amahera arenga imiriyaridi 80,4 mu mafaranga y'amarundi (plus de 80,4 milliards fbu) ku mwaka mu murwi wiwe wa Al ittihad.
20/05/2024
: indege ya kajugujugu yari itwaye President wa İran “ Ebrahim Raisi “ hamwe nabandi batagetsi, nyuma yaho ikoreye isanganya, ubu vyamaze kumenyemana ko atanumwe yarokotse mubo vyari birikumwe bose bapfuye.
Amatohoza arabandanya gukorwa hamenyekane vyukuri icateye iyo sanganya y’indege ya kajugujugu.
20/05/2024
🌐🟡⚫Mandat ya Zelensky yarangiye
Uyu mwanya turiko twandika aya majambo, Voledymr Zelensky asigaranye amasaha 24 ngo azobe akiri umukuru w'igihugu imbere y'amategeko asanzwe. Ariko kuberako igihugu catewe n'abagizi ba nabi amategeko y'intambara aramwemerera kuguma atwara gushika yikuye abansi canke habaye agahengwe
Mu burusiya bavuze y'uko ivyo ataco bivuze, ibitero bidasanzwe biraza kubandanya. Abanyaburaya nibo bahangayitse kubera ko icizere c'abategetsi ba Ukraine cakorotse cane. Inzego z'ubutasi zo hanze zivuga ko Zelensky asigaranye icizere17%. Ngo n'abasirikare bamuri inyuma hasigaye 20%. Abanya Ukraine 70 % ntibacizera ibinyamukuru vyabo, abatari bake bipfuza guhunga kubera umukazo. Kuri ivyo hiyongerako ko igihugu camunzwe n'igiturire
Yamara Ukraine yaraye ikoze ibitero muri Belgorod, Koursk na Loughansky. Muri Loughansky yakoresheje missiles Scalp z'abafransa. Abantu batanu barakomeretse
Uyu munsi kandi niho uburusiya bwafata Marioupol yari yarabaye umusaka. Barayubatse isigaye ari ikirezi. Raba Ifoto ya gatatu
Ukrainianconflict
25/01/2024
Indege y'uburusiya yari itwaye imbohe z'abasirikare b'abanya Ukraine 65 bafatiwe kurugamba yakorotse, umwe mubategetsi b'uburusiya akaba atanguye kwagiriza Ukraine ko yarashe iyo ndege.
Kuri uyu wagatatu igihe c'isaha zitanu z'umutaga mugihugu c'uburusiya, indege ya gisirikare y'uburusiya ifisi inomero cargo Il-76 yakorotse, ikaba yari itwaye abanyororo 65 b'abasirikare b'igihugu ca Ukraine bafatiwe kurugamba.
Ibi vyabereye mukarere Belgorod gahana urubibe n'igihugu ca Ukraine.
Ikinyamakuru c'abafaransa Rfi kivuga ko mumasanamu yabonetse kumbuga ngurukanabumenyi, iyi ndege yabonetse ikoroka nk'ibuye riva mukirere hanyu iraturika haboneka urubeya rwinshi n'umwotsi.
Iki kinyamakuru kivuga kandi ko ubushikiranganji bw'uburusiya butarashikiriza ivyahononekariye.
Iruhande y'aba basirikare 65 harimwo kandi abantu batandatu bakora muri iyi ndege hamwe na batatu baherekeje. Ibi bikaba vyabaye mugihe bari bagiye guhanahana abafungwa n'abasirikare ba Ukraine.
Ikinyamakuru TF1 gihejeje kwandika ko atanumwe yarokotse muri iri sanganya, iyi nkuru iki kinyamakuru kikaba kiyikesha Viatcheslav Gladkov buramatari w'intara ya Belgorod akarere iryo sanganya ryabereyemwo, aho yanditse kurubuga rwiwe rwa Telegram ati: " Abantu bose bari mundege bahasize ubuzima."
Hagati aho umukuru w'inama nshingamateka y'uburusiya Viatcheslav Volodine we ntiyihanganye kuvuga ko ari Ukraine yarashe iyo ndege.
"Biciye abasoda babo mukirere. Ba nyina babo, abana babo bari babarindiriye. Bishe abadereva bacu bari kuri misiyo y'ubuntu." ni Viatcheslav Volodine abivuga
Inkomoko: https://www.rfi.fr/fr/europe/20240124-un-avion-militaire-russe-il-76-s-%C3%A9crase-avec-65-prisonniers-ukrainiens-%C3%A0-bord-annonce-moscou
https://www.tf1info.fr/international/en-direct-video-guerre-ukraine-russie-soutien-financier-de-l-occident-a-kiev-combat-dans-l-est-de-l-ukraine-volodymyr-zelensky-vladimir-poutine-les-dernieres-informations-mercredi-24-janvier-2024-2283783.html
This time for AFRICA ✔️
Iki ni igihe ca Africa....Kwibohora
30/08/2023
🔴 Ibihuha n'Ivyinshi ku mukuru wa Wegner ngo yibereye muri AFRIKA🏃🏃🏃🏃🏃🏃
Ayo Mafoto ntawuzi iyo ariko arazukururwa .
Twobibutsa ko uyo mugabo afatwa nnk'intwari ariheruka kugwa ku rugamba uburusiya burimwo rwo kubohoza Ukraine
30/08/2023
Macron ubuhoho ariyahura ikindi gikoresho cubufaransa gihejeje gukubitwa kudeta Ali bongo ahejeje gutembagazwa nabasirikare
Uyo mugabo bongo yaragwaye cane nokuvuga ntivyari bigishoboka ariko akaguma yibohera kubutegetsi Gabon nikimwe mubihigu vyaseha ubutunzi bwaco cane cane ibiti bihereza ubufaransa
🔴 Ubutegetsi bwaba bongo bumaze imyaka 53 kuko uyo Ali yasubiriye se Omar bongo odimba muri 2009 uyumugabo asanzwe arigikoresho camakoro afise amazu muri Paris yakuye mu busahuzi nokugabira ubufaransa ivy'igihugu beneco bakicwa n'ubukene
🔴 Ibihugu vy 'Africa bibandanya kwikukira vyikurako abo bakoroni ahandi harindiriwe kubohogwa ni cameroun na guine hoho harubisuma bimaze imyaka 40 k'ubutegetsi vyiba bishira makoro
🔴Gusa igihangange kidahangagwa Vladimir Putine arabandanya gutabara Africa
Harindiriwe ifaranga rya Brics ritangure ubufaransa buzoca butakaza 100% ubukoroni bukorera Africa
Andika z uzobandanye uronka bishasha
Hasigaye Cameroun , Guinée Equatorial , Côté D'Ivoire na Sénégal
Africa izoba ibohotse
Vive Africa,Viva Russia
30/08/2023
🇧🇮Rester connecté (e)
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Москва, Кремль
Moscow