Blogger
The greatest challenge in life is discovering who you really are and second thing is being happy wit
17/08/2022
😰 Umuririmvyi Yvan Buravan yaraye ashengeye mw'iri joro ryakeye ahitanywe n'ingwara ya kanseri y’urwagasha (pancréas)
📄 Nk'uko itangazo ryashizwe ku rubuga rwiwe rwa Instagram rivyerekana, Buravan yashengeye ari mu gihugu c'Ubuhindi aho yari amaze imisi ariko arivuza kanseri 😞
Muri make Yvan Buravan yari inde ? 🤔
🇷🇼 Yavutse itariki 27 Rusama umwaka w'1995 mu gihugu c'Urwanda. Yari imfura mu muryango w'abana batandatu. Amazina yiswe n'abavyeyi ni Yvan Burabyo.
🎤 Yatanguye kuririmba mu mwaka w'2009, ico gihe akaba yari akiri umunyeshure. Mu 2016, niho yafata ingingo yo gukora umuziki nk'akazi ka misi yose 👌🏾
🎶 Zimwe mu ndirimbo ziwe zarakunzwe mu Burundi, aha twavuga nka “Garagaza” na “Oya” zasohotse mu 2018. Mwomenya ko muri uwo mwaka nyene ariho Buravan yaronse agashimwe gatangwa n'iradiyo y'Abafaransa RFI kitwa “Prix Découvertes - RFI” gahabwa abaririmvyi bavyifashemwo neza 👏🏾
⚰️ Yvan Buravan yasezeye isi afise imyaka 27. Hakaba hari haciye ukwezi kumwe asohoye indirimbo yiwe yanyuma 😔
04/07/2022
Belle 9ice x ❤️
29/06/2022
Repost by
Karume na Mugani !
Say Yeeeh .....
Love you Brother ❤️
02/07/2022
Ego Nyakabiga Don't miss 🔥🔥🔥
Tubitegeko ikintu canke?🤔
Follow me for more🙏
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
London