Muyinga News
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Muyinga News, Journalist, Muyinga centre, Muyinga.
-Journaliste-Reporter
-Journaliste freelance
Média privé
info:69690461
Notre but est de présenter les atouts du Burundi à travers des supports visuels photos et vidéos🇧🇮
03/10/2026
FT Muzinga FC 1- 1 Olympic Star
🔴🇧🇮 MUYINGA CITY⚫🛤️
29/09/2026
FT BURUNDI🇧🇮 2-2ALGERIE🇩🇿
Urukino rurangiye imigwi yose inganya Ibitsindo 🇧🇮2-2🇩🇿
Intamba Mu Rugamba mugice cambere berekanye urukino rwiza cane,
Mu Nkino zibiri Uburundi 🇧🇮bumaze Gukina zo kurondera ticket ya bukaba bufise inota 1
29/09/2026
🔴 Vyabitsindo 2 uburundi bwari bwatsinze Algérie🇩🇿irabigomboye
BURUNDI🇧🇮2-2ALGERIE🇩🇿
Urukino rw'igice ca kabiri rurabandanya
29/09/2026
HT. BURUNDI🇧🇮2-1 ALGERIE🇩🇿
29/09/2026
🔴Burundi🇧🇮2-0 Algérie🇩🇿
Urukino rurabandanya 17'
29/09/2026
🔴🇧🇮🇩🇿 Aba nibo bakinyi 11 batangura mu kibuga kuruhande rw'uburundi murukino rugire rubahuze n'igihugu ca Algérie🇩🇿mukanya gato isaha icenda(15h) kuri Stade Intwari 🇧🇮
⚽
29/09/2026
🔴🇧🇮 AZAM TV iraza kwerekana Ikibiriraho(Match Direct) Urukino ruza guhuza Uburundi🇧🇮 na Algerie🇩🇿 mu kanya igihe c'isaha icenda🇧🇮(15h) kuri Stade Intwari
📷: News
28/09/2026
🔴🇧🇮 Kumusi wejo wa kabiri 29/9🇧🇮 Intamba mu Rugamba zizoshobora guhagarika Umwarabu(Algérie🇩🇿)!?
✍️Mu kiganiro Umumenyereza w' Intamba Mu Rugamba 🇧🇮 Sangwa Patrick yahaye Abanditsi n'Abamenyeshamakuru hariya Mu Gisagara ca Bujumbura kuri uyu wa Mbere igenekerezo 28/9 yavuze ko biteguye guhangana n'igihugu ca Algérie🇩🇿 k'umusi wejo kuri Stade Intwari (15h) amakosa bakoze murukino baheruka Gukina n'igihugu ca naTogo🇹🇬 bazoyakosora✅
🎤 Twirengagije Résultat yo mundwi Iheze muri Togo,Ku bwanyu mubona Intamba zizohagarika Algérie k'umusi wejo??Mubona hokorwiki kugira zizovyfatemwo neza??
©️📷:DR
🇧🇮
Category
Telephone
Website
Address
Muyinga Centre
Muyinga
Alerts
Be the first to know and let us send you an email when Muyinga News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.