Top kdo

Top kdo

Share

Junior Bethel

Photos from Top kdo's post 20/04/2026

nakund toto aheza ni mwijur😱😭

Following Top kdo

Photos from Top kdo's post 17/04/2026

Hagowe ababizana 😭😭😭

Following Top kdo

Photos from Top kdo's post 15/04/2026

Nongeye kugaruka kandi muyind shusho nka Top kdo nagir mbaramutse amahoro yimana mushobora vyose Abane namwe Tayal vyaheze nanje reka mbivuge hakiri kare kugir mwitegure neza le 02/07/2026 Aragaruk iwacu Hotel kwa Tarasisi

Following Top kdo

MC Jordan DeLa Capital Jespa JD Clovis Gikundiro Ir Léonce Sheleke Munezero Don Krizbeatz Biyemu Extra Eric El-g Mugisha Badness LS Mwanya Major Joshuwa Melodica SD Ckleris Eazi Brown Music News fans @

27/03/2026

le 05/04/2026 Duhurir Bugabira Ruhehe pamoj na Melodica SD

Clovis Gikundiro MC Jordan DeLa Capital Jespa JD Eric El-g Mugisha Ir Léonce Sheleke Munezero Don Krizbeatz Mwanya Major Joshuwa

27/03/2026

👐🤝. bantu banjTop kdododoMC Jordan DeLa Capitalalal ndamuziye asubiy kuvyunga 1 gusa cashira hanz video yose haribintu mutazi uyu muhungu burya Arigorewe nuko mutabibona nukuri abayeho nabi kandi cane ntimuze murishinga ukuntu asayangana inyuma indani yarabozeeee vuba cane video yose ndababwire ukuntu Agaburigwa nurugo gwaband Araja gutuntamiriza idyaa hhhha🤣 ?Eric El-g MugisClovis GikundiroiDon KrizbeatzaIr Léonce Sheleke MunezeroeBiyemu ExtratrJespa JD Badness LS Mwanya Major JoshuwauwashuwaFollowinging

18/03/2026

ndasab tuze turareka agatima kabi dufashe ibivyana birabizi Link👇👇

https://youtu.be/RNi9mG7vSRo?si=CHd6dfeNVbfL1fxO

Demon ft. KINA G , Badman Bowles, Badness LS Out Now 🔥🔥🔥

Indirimbo iracarumuriro ni kuri ya YouTube Nyene Biyemu Extra

Ukeneye icuterera haba no muvyiyumbiro turabe👇👇👇
Website 🌐 www.biyemuextra.com
Email. 📩 [email protected]

Following Top kdo

Clovis Gikundiro Jespa JD Eric El-g Mugisha MC Jordan DeLa Capital Ir Léonce Sheleke Munezero Don Krizbeatz Biyemu Extra Urukondo Momo Morgan

18/03/2026

😭😭Hahandi nyene ndavuga AFRICA!!!Birabaye ubunyene 18.mars.2026

🙆Baheje Gufuta Igikombe Bahaye SENEGAL🇸🇳 Muri CAN Iherutse Kuba Bagihereje MAROC🇲🇦 …

🚨AFCON 2025: CAF yakuyeho intsinzi ya Senegal, Maroc Yatahukanye Igikombe ca Afrika ku bw'ikosa (3-0)

♦️Komite y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Afurika (CAF) Yamaze gushira icemezo Gikomeye Kuncuro Yambere Bibaye ku rukino rwa nyuma rwa AFCON 2025,Ko Senegal 🇸🇳 Bambuwe Icogikombe…

♦️Mw’Itangazo Ryashizwe Ahabona kuri uyu wa kabiri, urwego rushinzwe umupira w'amaguru muri Afrika rwatangaje ko intsinzi ya Senegal yakuweho.

🫵🏻Urwo Rukino Bivanye Nuko MAROC Yitwaye Ndetse Baza Kuraba n’Imyitwarire Y’Umurwi Nserukira Gihugu Wa Senegal 🇸🇳.Umurwi Wa Maroc 🇲🇦Wahawe Ibitsindo 3-0 bwa SENEGAL 🇸🇳 Bisigurako Bakubiswe Impaga….

♦️Ibi Bikaba Vyakozwe nyuma yo gusuzuma ibirego Vyatanzwe n'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru rya Maroc🇲🇦, igice kinini cavyo cafatwaga nk'aho cemerewe na CAF.

♦️Dukurikije icemezo ca komite yakoze bino, bimwe mu bihano n'amande Vyafatiwe Maroc Vyagabanijwe….

♦️Kubera iyo mpamvu, CAF yahaye ku mugaragaro Maroc igikombe ca Afrika ca 2025,rero iciye itahukana icogikombe kubw’ikosa ryakozwe Canke Amakosa Yakozwe n’umurwi nserukira gihugu Wa Senegal 🇸🇳 nyuma yo guhindurirwa amateka y'umukino wa nyuma….

♦️Iki cemezo, camaze kuganirwaho cane mu Mirwi y'umupira w'amaguru muri Afrika, gishobora gukomeza guteza Ivyiyumviro n'impari nyinshi mu bafana, n'inzego z'imikino ku mugabane wose.

♦️Kubera iyo mpamvu, Maroc yambitswe igikombe ca Afrika ca 2025 ku mugaragaro, itsinze Senegal Kubitsindo 3-0 Nkaca ninaza nti mbega kobagarutse ndetse na match ikabandanya ntibari kubaca amande gusumba uko bobaka igikombe???iyi ni football yomuri Africa

Following Top kdo

10/03/2026

mwosobanurir iki? mugihe mutarik murarab tugeze kur Ep11
Link sasa👇👇

https://youtu.be/-YFuUjxn8zU?si=LSy0pLBQPIHMrkov

Following Top kdo

Clovis Gikundiro Jespa JD Eric El-g Mugisha Don Krizbeatz Ir Léonce Sheleke Munezero Biyemu Extra Elie Gold Coyitungiye Hassan Smïth Mwanya Major Joshuwa MC Jordan DeLa Capital

08/03/2026

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Hassan Smïth, Fahdi Junior, Urukondo Momo Morgan, Katihabwa Rïchårrd, Kenty Caleb, Stiven El Mæstro, Innoss Nini Niyubahwe, Niyomirembe Justine, Jespa JD, Elie Gold Coyitungiye, Ali Kampala, Katende Joram

06/03/2026

Nwirinde mwiyi mise

26/02/2026

mbe bibi cane umugore yubahwe hamwe yoba yafashw.
Amakuru ariko avugwa can nuko Mencho ivyiwe vyarangiye 🚨🚨 [ Umugore yamutanze🤷🏾‍♂️ ] Yishwe amaze imyaka 15 aronderwa n'igisirikare ca Amerika 🇺🇲 caramubuze 👇🏾

=========================

Yitwa El Mencho numunya yadandaza urumogi akanica abantu , yahizwe imyaka irenga 15 , ahigwa n'abakomeye nka ( FBI, Interpol, CIA ...) baramubura .

Yaramaze gushirirwako imiliyoni 15 zama dollar kuwuzomubona ariko vyose vyari vyaranse .

Gusa biciye kuruno mugore ataramenyekana izina ariko yatumwe n'igisirikare ca Amerika , uwu mugabo El Mencho yarafashwe ndetse aza nokwicwa ( Ubuzima bwiwe burangira ukwo )

Following Top kdo

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Kirundo?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address


Kirundo