Monia Fleur Daily
Shurwe ry' Imana Monia Uwase 🌟
🇧🇮Female Artist🎙️ || Content Creator 🎊|| Performer 🏆||Songwriter ✍️||
My king LinoG ❤️ yabakomye ☝🏼 mwayakiriye gtse ?
Kirikou A Kili 👋🏼
jay OnceAgain ☝🏼
Landrypromoter Bdi fans
mwayakiriye gtsee ahiwanyuu 🖐🏼
17/10/2025
Eleg’ulandembesha
Wasanze nd’inigg’ulandegeza
Unyigisha guteleta
Meze nk’umwana nsigaye nibebeza
Ururukundo ruri DEEP DEEP DEEP😋🗣️🔥
Muri tayali ??
LinoG Kirikou A Kili Onceagain
17/09/2025
Kera nahora Numva abantu ngo bara amajoro bataryamye Bari kuri telephone nkibaza ngo ninkuru 😂 none maze amezi cumi ndara ntaryamye 😂
fans LinoG Landrypromoter Bdi
15/09/2025
Nguyo wamukobwa mubi cane mumapiyano🙂↔️❤️
Uretse gukorana ama piano neza Niki kindi shoboye?
fans LinoG Landrypromoter Bdi
14/09/2025
Uwabonye ivyo mwarabu yakoze muri video ya pita
Natubwire
fans LinoG Landrypromoter Bdi Dj-Philbyte
Pita îs out now
fans LinoG Landrypromoter Bdi Dj-Philbyte
12/09/2025
🚨ITANGAZO:
Kumusi wejo isaha zine zo kumutaga dufise urubanza rukomeye cane rwitwa PITA😋
Biramenyeshejwe rero Abarundi n’abarundikazi ko mwese mutumiriwe kwitaba urwo rubanza atanumwe avuyemwo. bikazobera kuri YouTube yitwa Monia Fleur.
NB: Gusiba cange gucererwa ntivyemewe murakoze.😋
fans LinoG Landrypromoter Bdi Dj-Philbyte
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Eko