Angry-wizzy

Angry-wizzy

Share

be kiNd
be huMble

11/04/2026

Uwo nari we
Aramutse nuwo ndi we
Yobabara cane
2018 to 2026_

https://www.youtube.com/-wizzzy

08/04/2026

Nararondeye narabuze uwundi nkawe

07/04/2026

Nararondeye narabuze kuriyi si ntawusa nawe

04/04/2026

Reka munkwirize 2k
Ncendabaha uwumuzigo twagiye

https://www.youtube.com/-wizzzy

02/04/2026

Mubuzima nabayeho ibintu vyishi narashiramwo négligence ariko posteur sindigera (ifoto !)

30/03/2026

Ntamukobwa aruta mère nubwo yosa nka Rihana

12/03/2026

💰💰Bavuga ngo amahera💰💰 aho ari arivugira none kuki je aguma amvugira kandi ntayagira ??

28/02/2026

M-king
Umu n***a dusangiy goût
Kure niho ndakwipfuriza gee

16/02/2026

Niwapambana bikanka ukagera ahantu wumva umenga wobiheba uzoce ukomereza ngaho kuko iyo utanguye kwumva umenga wobiheba biba vyagire bikinde ✍️✍️✍️

13/02/2026

Sinzi nimba ukunda jewe canke ukundi i koti

01/02/2026

Turi school hoho turahara birenze
Umviriza nawe

24/01/2026

Kuberiki burimusi iyo nryamye ndota ama dollars 💵💵
Kandi ntabona naho nzagukura igihumbi c'uwumusi

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Nairobi?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Address


Nairobi