Hit Maker
◢██
█
██ ◢█◣ █┊ █┊ ◢█◣ █┊┊█
█┊ █┊█ █┊ █┊ █┊█ █◢◣█
█┊ ◥█◤ ◥█ ◥█ ◥█◤ █◤◥█
11/06/2025
Aha wamenyemwo bangahe? Mwaba ba jeune bomu kayanza?
Ckäcá El Da Kïng
All Stars
09/12/2025
Mwite danny kyb kukaririmbo kameze neza cne🙏
https://youtu.be/3yf8gN3vUi4?si=VdJ9YmmgpOdH3_7X
Kayanza All Stars
DANNY KYB-AMAHIRWE 💝💖💖💖Gira ico uyivuzeko🤩
🤣🤣🤣🤣
05/17/2025
🇧🇮🔥 Kano Kanya Izi Nizo Ndirimbo 10 Hano M' Umuziki Ndundi 🇧🇮 Zihaye Ziravuzwa Cane Muburundi 🇧🇮 Izi Nizo Hit Songs 🔥 Zemewe Kuburyo Ahantu Hose Uca Ubu Arizo Wumva.
1. Sambolera By Drama T
2. Niwe Nshaka By Big Fizzo Ft Melanin boy
3. Gakado By Monia Fleur Ft Sat-B
4. Kazuba By Ft Dj Fernando +257
5. Umufana Remix By B-face On The'flo Ft Sat-B , CHANY QUEEN , Double-jay OnceAgain , ...
6. Mumaso Yawe By Bain Turo
7. Vibe By Epidey Winner
8. Afternoon By D-ONE Offical
9. Ndananiwe By Jamen
10. Matata By Masterland
Iyo Niyo TOP 10 Yindirimbo Zigezweho Aka Kanya Zikimota Ubushasha 🇧🇮🔥🔥🔥
🔺 Niyahe Ihaye Ikuremera Umusi Niyahe Uguma Uvuza Buri Kanya?
🔺 Iyo Udashobora Kumara Umusi Utumvirije Mwizo
Twagiye 👇👇👇👇👇
This song is fire
03/26/2025
🔴🔵 : Harya umuntu vyukuri ava kure Aha Mw'arabu LinoG ntiyarazi kwa zokwambara kukirato ca Monia Fleur .iki gihe y'adandaza amakara kumusaga.
✍️ Indirimbo y'abo aho iwanyu uyumviriza kangahe...?
@topfansiHit MakeroFollowers11
Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Vladimire Putin
12/10/2024
Ubona gute bakoranye akaririmbo?
LinoG
Monia Fleur
-pro
D-ONE
Hit Maker
fans
Followers11
10/04/2024
Izi songs umuntu ataraziraba ntagire icambaza🔥
SSat-Band BBig FizzoFBig Fizzo🇧🇮
Our music our pride
08/30/2024
LinoG agire adutemwo agasasu🤭
Arikumwe na CChris MBMChris MB
08/26/2024
⚫️𝐁𝐚𝐧𝐨 𝐁𝐚𝐫𝐢𝐫𝐢𝐦𝐯𝐲𝐢 𝐁𝐚𝐫𝐢 𝐌𝐮 𝐆𝐚𝐤𝐢𝐧𝐨 𝐆𝐚𝐩𝐚𝐧𝐳𝐞 𝐆𝐮𝐭𝐞?😳
🔺DJ Fernando bizu bizu (le23)
👉 https://youtu.be/bWUPWT9fE7Y?si=IWD_Eesl1yuJH1D1
🔺Melanin boy uri Sweet (le 24)
👉 https://youtu.be/-AJnzeeT4r8?si=wvLKgZ2Dc9SgH6xu
🔺LinoG Iryanyuma (le25)
👉 https://youtu.be/1hAQPi7_qWU?si=akfygKOho3k8V_Rq
🔺Monia Fleur Ruzonsaza (le26)
👉 https://youtu.be/iQrVlagNwII?si=vyPTu5C2vLHcI7j2
Mwihweje Neza Ano Matariki Bino Bisasu Bisohokeyeko Icarimwe, Mwibaza Ko Bije Kubomagura Ikibombe Ca Gute Cari kihamaze imisi🥱✊🇧🇮
Hit Maker
follores_10kHit MakerHit Makerfollores_10k
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Toronto, ON