New generation Kings
......🙏Follow me🙏.....
⚡️WE ARE THE WORLD 🌎
🇧🇮🇨🇩🇺🇬🇷🇼🇹🇿🇹🇬🇿🇲🇿🇼🇵🇬🇰🇪🇨🇮🇨🇲🇪🇹
05/18/2026
😭😭🇷🇼Abana b'urwanda⚰✝️ bariko baraba intabire kubutaka bwa Congo🇨🇩.
05/18/2026
Umwansi w'igihugu niwe adashira Like kuriyi photo 🇧🇮
generation Kings
🇧🇮🇧🇮 3 vya .
Gira 👉👉
New generation Kings
05/18/2026
🔴🇰🇪 : abantu 225 bafashwe mu myiyerekano ijanye n'iduga ry'ibiciro vy'ibitoro
🚌 🏍️ Abanyagihugu bo mu bisagara bitandukanye vya Kenya bagizwe ahanini n'abunguruza abantu n'ibintu kunmapikiliki bazindukiye mu myiyerekano. Mu gace ka Kitengela, kari mu bumanuko bw'umurwa mukuru Nairobi, abiyerekana barimwo urwaruka "Gen-Z" baturira amapine mw'ibarabara bongera bazibira imodoka yose yocaruka.
⛽ Abari mu myiyerekano bavuga ko "biyamiriza ubu*ima bu*imvye buturutse kw'iduga ry'ibiciro vy'ibitoro, vyavuye ku mashiringi ya Kenya 206.97 bija ku 214.25 kuri "essence", amazutu nayo ava ku mashiringi 196.63 aja ku 242.92 Ksh." Bati : "Dushaka ko Reta iva mu majambo ikabishira mu ngiro. Umukuru w'igihugu twe tubona umengo araduhenda".
👉🏿 Iyo myiyerekano yahavuye isa n'iyinduka iyo kwiyamiriza prezida William Ruto, aho mbere bamwe mu majambo bagenda baravuga ari uko "Ruto afise ikiringo kimwe" (one term). Ni mu gihe biboneka ko azokwitoza mu mwaka uza w'2027. Mu bisagara bitandukanye, abaja ku mirimo ntibaronse uko bagenda, amashure n'ibindi bibanza vyari vyugaye.
👮🏿♂️Umukuru w'akarere k'igipolisi i Nairobi Issa Mohamud yavuze ko abaporisi 6 bakomeretse, imiduga itanu y'igiporisi irononwa harimwo n'iyatwawe n'umunyagihugu.
✍🏽 Iyo ntwazangabo mu giporisi igira iti : "Abafashwe tuzobahasha bikomeye. Ntituzokwemera ko inkozi z'ikibi zizibira ibibanza rusangi hanyuma zonone ibintu". Aha yerekana ko kwugara amabarabara no kuburabuza imirimo hamwe n'ubukozi bw'ikibi bitagabanya ibiciro vy'ibitoro, ahubwo bisubiza inyuma ubutunzi bw'igihugu.
😭😭🇧🇮 Ikigo gihejeje guhagarikwa mu bikorwa vyo kwubaka ikigo co kurwirizamwo inkwavu c'i Karusi.
05/18/2026
🔴🇧🇮 : # Ubutunzi : Hatanzwe icegeranyo c'ibanki nkuru y'igihugu ku bijanye n’uko ubutunzi bwifashe gushika ku wa 30 Nyakanga 2025.
Hari mu Nama ya bose yo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 18 Rusama 2026, aho ico cegeranyo cerekanye ko ubutunzi bw’Uburundi bukibandanya kuba mu ngorane aha twovuga :
✅ Nk'ihindagurika ry’ibiciro ryiyongereye : Ryavuye kuri 23,3% rigera kuri 29,3% mu mwaka umwe.
✅ Ifaranga ry’Uburundi rirabandanya gutakaza agaciro : Idolari ry’Abanyamerika rigeze ku 2 954,55 FBu rivuye kuri 2 897,82 FBu.
✅ Amadeni ya Reta yiyongera : Amahera Reta yakoresheje yaduze kugera kuri 22%, bituma amadeni yiyongera cane. Ideni mpuzamakungu ryo ngo ryagabanutse.
Kuri ivyo abashingamateka bashikirije amakenga yabo, baca basaba ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta hamwe n’Ibanki Nkuru y’Uburundi guhuza neza politike y’amahera n’ay’ikigega ca Reta kugira ubutunzi busubire ku murongo mwiza. Inama Nshingamateka ikaba yasavye kandi Reta kwongereza inguvu mu kugwiza umwimbu w'inganda cane cane z'ikawa n'icayi, gutunganya neza gusumba amafaranga ya Reta no kugabanya gusaba amadeni yo hagati mu gihugu.
Muri iyo nama ya bose, Inama Nshingamateka ikaba yize yongera iremeza impinyanyuro z'Inama Nkenguzamateka ku nteguro y'ibwirizwa ritunganya gushasha ibisata vy'amazi meza isuku n'isukura.
05/18/2026
Uretse ubwitonzi,ni ikihe kindi u*i ku basoda ???
05/18/2026
Inyamiramabi baguma barikanuye.
Umukuru w'igihugu yaremereye urwaruka abashika 6 muri bo bazoja kwimenyereza muri Reta zunze ubumwe za Amerika.
05/18/2026
Intare mw'ishamba ryayo 🇧🇮
05/18/2026
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Address
Quebec, QC