FOFO
welcome to the OFFICIAL page of African Media.
07/07/2023
https://youtu.be/Ay0y-BLV0EA
OPTIMUM MISSION IS OUT NOW🔥🔥. Watch, Subscribe,comment and Share.
Iyi mpano iraruenze p*e. Film y'abazungu babirabura.
OPTIMUM MISSION | Burundian Action/Super Hero Short Film | Capital Frames Optimum Program is an action short film made in Burundi by the Independent Production Company: Capital FramesWritten and Directed by: Naam BeckerDirector of...
04/30/2023
Ng'aba 26 baraye bacaguwe mu bandi ngo bazoje mu gice ca c'ihiganwa rya Burundi 2023.
Tanga kuri umwe hama tuzobirabire ku .
_Indra
Optimum Mission is coming soon Guys
Get ready🔥🔥
Mugire Subscribe ngaha vuba iraza muzoce muyibona.👇
https://youtu.be/ITuDtMP7f_M
The Alien w'i Burundi
DRAMA T na MONNA WALDA ivyo bakoreye aba fana babo🇧🇮 mu mvura || MONNA niwe mukobwa abishoboye 🇧🇮
DRAMA T BIRASE GOSE NONEHO.
JOHN ELARTS: CARRIER YIWE UKO IMEZE NUKO BYATANGUYE.
DRAMA T & MOW KENZI BARAHATWIGANIYE INGENE ITEMPORIZE YAKOZWE BARI GUSA.
02/25/2023
🔴Barayamaze bati "isase riva ku cuma"barongera bati:impfizi y'intama itendera nka se".
📌N'Umuhinyanyuzi Joel Houghton umuhungu avyarwa na Docteur Justin Baransananikiye yigeze kuba ari muri Orchestre Nationale du Burundi aho hambere
📌Docteur Justin Baransananikiye niwe munyamuziki afise impamyabushobozi ya Doctorat mu Burundi akaba asanzwe afise n'ishuri kaminuza ryigisha umuziki mu ntara ya Gitega.
📌Joël Houghton nawe akaba asanzwe ari umwe mu bahinyanyuzi bakomeye mu Burundi akaba ari n'umuhinga adasanzwe mu kuvuza igicurarangisho bita piano akaba yamenyekanye ku ndirimbo "Madamu" ya Drama T n'izindi..
Bompi bakaba ari abanyamuziki bakomeye mu gihugu c'Uburundi.
Iyi nkuru mwari muyizi?
Akajahari Non
02/04/2023
01/27/2023
YANGINGO NTIRABA ABAFISE AMAFARANGA MURI ECOCASH
🇧🇮 Ikigo kijejwe gutoza amakori n'amatagisi kirahumutiza abantu bagize ubwoba inyuma y'urwandiko rutegeka aba banki afise amahera ya Econet Leo kuyarungika kuri konte iri muri BRB kubera ideni baheraniye Leta
Ico kigo kikaba kivugako abakoresha batogira ubwoba kuko ayo ma konte bavuga iza ecocash zitarimwo izoguma ikora nk'uko vyahora.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Telephone
Website
Address
Montreal, QC