Foot Today
Irankunda Gad
Journaliste privé
Burundi Creator
#Followers
#Politique
#Music
#Sport
#Facebook
#Youtube
#X
#Ig
[email protected]
22/01/2026
🚨 BREAKING NEWS ♨️
Inyuma yo kubona yuko imigwi nka Manchester City na Liverpool itanguye kuraba ryiza umukinyi Michael Olise, Bayern Munich igiye gutanguza ibiganiro naba agents ba Michael Olise.
vyo kongereza amasezerano mashasha .
Bayern Munich irashaka ko Michael Olise asinya amasezerano mashasha yo gushika 2031 mu gihe ayo afise ubu azohera muro 2029.
Bayern irashaka kuzitira itaronerwa aho ishaka guha Olise amasezerano y'igihe kirekire ice yongera imuhe umushahara munini nk’uw’abakinyi nka Musiala na Kimmich. Bayern yizeye yuko mu mpera z'uyu mwaka izoba yahejeje iyo operation yo kongereza amasezerano mashasha Michael Olise
Source : Enock Kobina Essel
11/01/2026
♨️ UMURIRO 🇪🇦 UMURIRO ♨️
❤️🇪🇦 SOUPERCOUPE 🇪🇦🤍
Uyumusi umuriro uraza kwaka isaha zitatu z'ijoro (21h) kuri Final ya Soupercoupe d'Espagne ibera muri Arabiya Saoudite mu gisagara ca Jeddah.
Ni urukino rudasanzwe aho intare zibiri ziza guhurira mw'ishamba.
Fc Barcelone vs Real Madrid
Joan Laporte vs Florentino Perez
Hansi Flick vs Xabi Alonso
Mwiteguriye gute urukino rwuyu musi?
kora na ivyiza bikomeze kubageraho.
11/01/2026
🚨ALERTE ROUGE CONTRE REAL MADRID🖤
✅ Umugwi wa Fc Barcelona ntiwigeze utakaza urukino na rumwe kuva uyumwaka w'inkino utanguye mugihe Raphaël Diaz Beloli yatanguye mu kibuga. Mu nkino 13, Barça yatsinze 12 inganya 1.
🔶 Mu nkino 14 yatanguye hanze, Barça yatsinze 9, itsindwa 4, inganya 1.
🔶ICITONDERWA: Abasatirizi bose ba FC Barcelona bameze neza kandi bariteguye guhangana na Xabi Alonso uyumusi mu rukino rwa final ya Soupercoupe d'Espagne🤩
07/01/2026
♨️ SOUPERCOUPE 🇪🇦
TAYARI urukino rwariko rurahuza FC Barcelona na Athletic Bilbao rukaba rurangiye Ku ntsinzi ya Fc Barcelone y'ibitsindo 5 Ku 0 vyinjijwe na
⚽Ferran Torres Garcia 22'
⚽Fermin Lopez 30'
⚽Roony Bardhaghi 34'
⚽Raphaël Diaz Beloli 38'
⚽Raphaël Diaz Beloli 52'
FT:FC Barcelona 5-0 Athletic Bilba
Barcelona ugeze muri final ya Super Coupe d'Espagne, ugiye kurindira Real Madrid na Athletico uwuzorengana.
Raphinha niwe atowe nk'umukinyi yigenjeje neza mu rukino inyuma yogutsinda ibitsindo 2 wenyene atanga na assiste
07/01/2026
♨️ UMURIRO 🇪🇸 UMURIRO ♨️
TAYARI Ng'aba abakinyi 11 abamenyereza batanguje mu kibuga mu rukino FC Barcelona igira ikine na Athletic Bilbao muri Soupercoupe 🇪🇦
Barcelona XI:
1.Joan Garcia;
2.Kounde,
3.Balde
4.Eric Garcia,
5.Cubarsí,
6.Frenkie de Jong
7.Roony
8.Pedri,
9.Ferran Torres
10.Fermin
11.Raphinha
🇪🇸 Bilbao XI:
1.Unai Simón;
2.Areso,
3.Vivian,
4.Paredes,
5.Adama,
6.Rego,
7.Jauregizar,
8.Berenguer,
9.Sancet,
10.Robert Navarro,
11.Iñaki Williams
Mubona arinde itahana intsinzi?
Urukino ni 21h
31/12/2025
🚨 👑 Coupe d'Afrique des Nations ♨️
OFFICIEL Ibi nivyo bihugu 16 bizokina igice c'umunani gishira icanyuma mwihiganwa rya CAN 🌍🔥🔥🔥
🇩🇿 ALGÉRIE
🇲🇦 MAROC
🇸🇳 SÉNÉGAL
🇨🇩 RD CONGO
🇪🇬 ÉGYPTE
🇨🇮 CÔTE D’IVOIRE
🇨🇲 CAMEROUN
🇳🇬 NIGERIA
🇿🇦 AFRIQUE DU SUD
🇲🇱 MALI
🇧🇯 BÉNIN
🇧🇫 BURKINA FASO
🇲🇿 MOZAMBIQUE
🇸🇩 SOUDAN
🇹🇳 TUNISIE
🇹🇿 TANZANIE
31/12/2025
🔵🟣Lamine Yamal abaye umukinyi wambere kugeza uwu mwanya mubishimwe bwa Globe Soccer Awards amaze guhabwa ubushimwe bubiri
✅🫡Yahawe agashimwe k'umukinyi akiri muto yaranze Laliga
✅Ubunaho bose bumiwe ahawe nagashimwe k'umusatirizi yitwaye neza kwisi bisunze imyaka yiwe nubuhinga budasanzwe yagenda agaragaza munkino
Mbega umwana Lamine Yamal 🔥
31/12/2025
31/12/2025
🚨 BREAKING:Ukwitwara neza muri Barcelona, nawe kwaraye kumuhesheje agashimwe. PAU CUBARSI 🔥
PAU CUBARSI yaraye ahawe agashimwe k'umukinyi yamuka muri Catalogne yitwaye neza kuruta abandi mumwaka wa 2025.
Cubarsi : 🗣️ Ndashaka kubandanya ntsinda, ngera kundoto zanje, kandi nizera ko 2026 uzoba umwaka mwiza. Iyo utanga vyose ushoboye, bigira igihembo cavyo. »
Ndabasabe muze murakora suivre na partage ivyiza bikomeze kubageraho
31/12/2025
🚨♨️ BREAKING NEWS🎪
Michel umumenyereza wa Girona, yemeje icipfuzo ciwe co gusinyisha André Ter Stegen mw'uku kwezi kwambere kuntizanyo
Michel : 🗣️ Nobikunda kugira Ter Stegen kumwe natwe ! Cane gose n'umunyezamu w'urwego rw'isi.
Iyi deal ibura ikintu kimwe ngo ikunde. Girona urindiriye kubona gusa ko amategeko ya Financial Fair Play atabafata bace bamutora.
Ndabasabe muze murakora suivre na partage ivyiza bikomeze kubageraho
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Website
Address
69797500
Rumonge