OG FORCE
UPDATE NEWS ON PLANET🇧🇮🇧🇮💯🇧🇮
28/05/2026
Mugihe hasigaye umusibiro umusi umwe gusa kugira habe igiteramo citezwe nabantu beshi batandukanye cane abakunzi b'Umuririmvyi -B ,kizobera kuri kumusi wagatanu .29/5/2026
umwe mubigeme butetzwe cyane ,yanagaragaye mundirimbo arinawe bivurwa ko yayihezagiye indirimbo ubona kwitari kubyirosha.
🇷🇼 uyumusi niho yariko akora imyiteguro yokumubiri zidasanzwe kugira ejo ahobukera afate rutema ikirere✈️✈️🇧🇮🇧🇮 Asange -B ,murico gitaramo ,mugihe ariwe mutumigwa mukuru.
Ndakwibutse ko -B yatumiyemwo abakobwa basigaye bakunzwe kumbuga nkoranyambaga 🇧🇮 hamwe na mutamakazi🙄.
Ibi byatumye bamwe bavugako -B inyuma yokuba umwami mumuzki hamaze kwiyongerako kwari n'umwami w' .
@✍️✍️✍️Tutabeshanye iki gitaramo uzacitaba ???? 😋😋✅✅🇧🇮🇷🇼
28/05/2026
Mbonye ukuntu azi gupeforminga gusumba nyene indirimbo hamwe n abaririmvyi beshi igiteramo nzosubira gukora nka Mc nuko nzoba ndikumwe nuyumuhungu yaranyemeje soon inshallah ✅✅
27/05/2026
🔴🚨🇷🇺‼️Igihugu c’Uburusiya casavye ibihugu vyo kw’isi vyose gukura ubuserukizi bwavyo i Kiev ku murwa mukuru wa Ukraine kuko Vradimir Putine na Medediev bavuze y'uko bagiye gutera ubutegetsi bw’igihugu n’ahafatirwa ingingo hose
Medediev, umukuru w’umurwi w’umutekano w’uburusi yasavye America kwugara ambassade yayo i Kiev ariko ntanyishu araronka. Ibihugu vya Bulaya vyaguye bigaramye birarahira birarengwa y'uko ata baserukizi babo bakura muri Kiev. Ubudagi bwamaze guhamagara uwuserukira Uburusiya mu Budagi bumugabisha. Nayo Predident Macron w’ubufaransa yarondeye President Trump wa America ngo ahanure Président Putine w'Uburusiya ngo « Areke ubusazi », Trump ntiyitaba Macron.💥✍🏾
25/05/2026
Imana ntaho itokura umuntu nukuri 🫣 ndabira Alvin smith frimeur 😂 wakera 🤣😂😱
24/05/2026
🫵😀😀 Vykomeye kwa ibintu bigeze kurundi rwego hari amakuru turari tuzi uyumusi turamenye ivyari vyinyegeje inyuma yoguhangara OG FORCE akumuvugako kariwe yasatura umwana muto Djicia Kezak Bdi mukanya ndatanga ibirego bamuntwarire kumusaga asazireye
OG FORCE
24/05/2026
😂🤣 Gérard Martín ariko araba Pedri nk’uwuri kuvuga ati: “Muvandimwe, gira ico ukoze vuba, ibintu biriko birarenga!” 😭🔥
Pedri nawe asa n’uwuzuye ivyiyumviro vyinshi ati: “Reka mbirabe neza mbere y’uko mfata ingingo!” 😂⚽️
Iyo regard yabo yari comedy pure kabisa 🤣💙❤️
Abafana bose baca batangura guseka no gukora memes kubera ukwo kurabana kwari kurimwo panic n’ugutwenga icarimwe 😭🙌
24/05/2026
Jewe Niho nkija kumurongo mubwire nukurii 🙆🤭ibi ndikubona nivyo? Wamukobwa bamaze kumufata⁉️ 🙆
24/05/2026
🔴🚨🇨🇩🇬🇦‼️🚨Muri ku kirombwe c’amabuye y’agaciro intambara zakomeye.
rwarungitseyo abasirikare benshi ariko bariko barananirwa. Bugarije igisagara ca Goma n’ikirombwe ca Rubaya. Ingabo nyishi cane z’Urwanda zakwiragiye hose. Congo nayo yarahiye irarengwa yuko itegerezwa kwisubiza ahayo✍🏾
22/05/2026
bakunda kwita umwe mubasore bakiri bakiri bato ariko bakunzwe cyane mumyidagaduro mugihugu c'Uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ,Uyu musore akunzwe cyane kumajambo yiwe yokutarya umunwa cyane avuga kubahanzi bi muri iki gihugu🇧🇮🇧🇮
akimara gutangaza ko agwaye impaka zabaye impaka aho bamwe Mubakurikirana Imbuga,bataurumva neza ko yoba arwaye vyukukiri,biri gukekwa ko yaba ari yoba yagaragayemwo ,ishobora gusohoka umwanya n'Umwanya.
nagara gara muri azoba yerekanye kwafite impano mubintu bitandukanye vyo mumyidagaduro kuko ntawakwiyibagiza ko anasanzwe ari Umuririmvyi,beshi tumuzi mundirimbo yakoranye na -face.
@✍️✍️✍️Nigiki ukundira ????
📽️🚨🙏 Mo'W Kanzie avuzeko B-face On The'flo hamwe n'a Kirikou A Kili baguma bamugora nimumureke yubake ugwiwe
22/05/2026
Sat-B yibereye kwa ivya ngo ya ntavyazi 🤣🤣🤣🤣
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Rohero