Jn b
official Facebook, Jn_b is artist from bujumbura bu🇧🇮. i am the first singer, i think tomorrow is good. (umve bakambwira)
🫵🫵ntampamvu yokumenya impamvu utazi impamvu🤪🤪
05/04/2026
I🖤ZI.NIZO IMAGE ZIGIYE KUGARAGARA MUNDIRIMBO SHASHA IGIYE GUSOHOKA🔥🔥
🔥🔥mutamara amamega mukanya ndabahonja agace gato kindimbo shasha igiye kuza✌️✌️
05/04/2026
MUBIKORE NKUKO MWAMA MUBINKORERA KANDI MUBANDANYE MUGIRA UMUSIMUKURU MWIZA nigitondo ciza kurimwese bakunzi banje
🫵🫵10h00,abantu bokuri Facebook ndababikiye vyishi🔥🔥
04/04/2026
✍️✍️uWUNIWE MWIGEME 🖤🖤ARIMUNDIRIMBO🎶🎶 YANJE TURAFANANA NAWENYENE MUMUMPERE AMASHURWE🌿🌿 KUKO YABIKOZE NEZA HAMWE NABAYIRAVYE MWESE MWIHE AMASI🙏🙏
😫😫tweturakora ✍️✍️bakatwemerera.sapot🤪🤪 nabandi bakatubwira ukonyene 🫵🫵ariko nasanze barya bayiduha ntabirenze baba bafite🖤🖤 kandi ntanivyo baba baratwemereye🙏🙏
03/04/2026
🖤is bakambwira🖤
🎶🖤bamuriteguye🤲 vuba cagisasu 🫵ndakibaha🎼🖤
02/04/2026
🎸🎼namber one🎼🎸
😫😫harya nabonye umengo ntampamvu yokubwira 🫵🫵ikibazo ufite abantu😫😫
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Muyinga