Diego Quick Service

Diego Quick Service

Share

Publicite, Divertissement, Photographie, Videographie

19/05/2026

🥳🥳🖐️ yabaye umukinyi wa mbere mu mateka ya Bundesliga ashoboye kuba umukinyi atsinda ibitsindo vyinshi kurusha abandi muri buri season yiwe ya mbere itatu akina muri iyo championnat. 🔥
🥇 2023/2024 : ibitsindo 36
🥇 2024/2025 : ibitsindo 26
🥇 2025/2026 : ibitsindo 36 🆕
Yamaze gutsinda ibitsindo 98 no gutanga assists 21 mu nkino 94 gusa za Bundesliga. 🤯🧨

19/05/2026

🚨 : “Nashaka ko yinezereza intsinzi yiwe. Sinashaka ko vyose bizunguruka kuri jewe, kuko amaherezo gutsinda igitsindo ni co kintu gihambaye cane muri Football ⚽.” ⚽️

“Amashimwe yose aja kuri Bryan, kuko iyo ataba we iyo record yanje ntiyari kubaho.” ❤️

“Ni co gituma izi records zishoboka gusa igihe abo mukinana bakora neza nk’uko nawe uba wakoze.” 🤜🏻🤛🏻

19/05/2026

TUNYUZEMWO DUSEKE GATO🤣🤣🥰🥰🔥🔥

19/05/2026

BIRABABAJE❌💔🇧🇷 yababajwe cane no gusigara inyuma ku rutonde rw’abazoserukira mu gikombe c’isi.
🗣️ “Nagerageje gutanga vyose nkiri mu kibuga igihe cose. Ikibabaje ni uko bitashobotse gush*tsa indoto yo guserukira igihugu canje mu gikombe c’isi.”
🗣️ “Ndacari ntuje kandi nshize umutima ku kazi nk’uko nama mbigenza… Umunezero n’agahinda ni bimwe mu bigize umupira w’amaguru.”
🗣️ “Kuva ubu, ndipfurije amahirwe abariyo bose, nanje nzoba ndi umwe mu bafana bazoshigikira igihugu kugira gitahukane igikombe c’isi ca 6.” 🇧🇷🏆

17/05/2026

🚨 Inkuru ikomeye yamenyekanye mu mukino Santos Futebol Clube yatsinzwe 3-0!
Mu mukino wabaye uyu munsi, habaye urujijo ku isimburana ry’abakinyi: umukozi wa 4 (4th official) yasobanukiwe nabi gahunda y’ivunjisha ry’abakinyi, bituma Neymar asohorwa mu kibuga ku munota wa 68 atari we wagombaga gusohoka.
Neymar Jr. ntiyabyishimiye na gato. Yegereye camera agaragaza ko atari we wagombaga gusohoka, agaragaza umujinya n’agahinda kenshi😠😠

17/05/2026

🚨✅ yavuze ati:
“Twagize ibihe binini n’ibitego binini muri ino stade mu mezi ashize. Twizere ko tuzongera kugira n’ibindi nk’ivyo.” ⏳
“tuzobonana vuba.” ❤️

17/05/2026

🚨 amaze gukinira Atlético de Madrid imikino 500 mu rukino rwiwe rwa nyuma yakiniye i muhira muri iyo club. 🥹❤️
Mbega urugendo rwiza cane Gwa Grizou ❤️👏

17/05/2026

🚨?? YATSINZWE NA Newcastle United none ubu iri hafi cane yo kumanuka mu kindi cicaro (relegation)! 😰⚽

17/05/2026

Antonny🤩
🥰

17/05/2026

RAPHA IS BACK! ✨

17/05/2026

⚽🔥⚽Manchester City smooth🖐️😔🤩

Want your business to be the top-listed Advertising & Marketing Company in Muyinga?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Address


Muyinga