Mumenye

Mumenye

Share

Emission sur le portrait d'un influenceur.

29/04/2022

‼️Impanuro ku baririmvyi‼️
Gufashanya birakenewe mu baririmvyi b'ubu.
==================================
Mu kiganiro twagiranye umuririmvyi Ciza Sylvestre kuri uyu wa 5, yahaye impanuro ku baririmvyi.
"Kera abaririmvyi twarahanurana tugafashanya.Uhejeje gukora indirimbo yawe warayiha mugenzawe ngo ayumvirize hanyuma akagukosora.Nay'ubu bagukosoye umenga barakugaye."Yabandanije avuga k'indirimbo ziwe yitondera amajambo aarimwo akaba amajambo y'urupfasoni n'akanovera.
Twobibutsa ko Ciza Sylvestre yaririmvye m'umurwi "Amabano".Zimwe mu ndirimbo ziwe zamenyekanye ni "Sangwe Rukundo"nsa "Burundi mutima w'Afrika".
N'izihe ndirimbo ziwe wakunze??
🎬 : Akeza.net

27/04/2022

nbbbmnmknn

27/04/2022

Le President de la Republique Francaise s'appelle Emmanuel Macron.

26/04/2022

Emmanuel Macron est l'actuel Président de la République Française.

26/04/2022

Ciza Sylvestre est une legende de la musique Burundaise

25/04/2022

Ciza Sylvestre n'umwe mu baririmvyi bakomeye baririmvye indirimbo zitari nke zakunzwe n'abantu benshi.

25/04/2022

Aujourdh'hui nous allons vous raconter l'histoire de Nacumi Generose alias NKONIYERA.
L'emission commence a 16h.

Want your business to be the top-listed Media Company in Kirundo?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Website

Address


Runanira 3
Kirundo