Only Tottoo257
Burundi’s voice through rap & rhythm🇧🇮🇧🇮
Turning pain into powerful barsMic 😉😉in hand, mission in heart Building tomorr💪💪💪💪🙏
19/11/2025
None mwombazikiii🙊🙊
Gusa ndabakunda😍😍
Uwiyumva ansabe icashakaaa
zaryamunguuuu ����
06/11/2025
irihweje arumiwe
25/10/2025
Simbabajwe nuko yanweye itabi🚬
Ahubw mfise ubwoba KO agire Abe mubi😵💫😵💫😵💫😆
25/10/2025
Iyo ndirimbo murayizi
Ese umuhanzi w wamumenyeeee
Mbanza nkwishure
27/09/2025
M'y fans basi please ndabasavye muri rwarukundo rwimana munkorere ibi bintu 🙏🙏
Iyi potse muyigeze ahantu heshi hashoboka kugira tuduze impano ziguma ziza bamwita
Agiye kurekura isong yise
Basi ndabinasavye nciye bugufiii🙏🙇🙇
26/09/2025
Yemwe mumbabarire can
Kuko vyambabaje 😭😭
Iyo singabo yigihugu??🧑✈️🧑✈️
Vrm akandika ivyo bintu 🔞🔞
26/09/2025
Ivyo navyo erega nimunsabe numéro ndazitanga❤️❤️❤️
Kndi una Following bs🥰🥰🥰
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the establishment
Telephone
Address
Kayanza