New Generation Construction
New Generation Construction
25/05/2026
🟥Irabire nawe inzu twatunganirije umu client yatwituye ifise 5 chambres iri mukibanza kingana na 12mx 20m
Wifuza ko tukwubakira canke tugutunganiriza ibicapo vyiza vyinyubako duhamgare kuri whatsapp yacu:+257 72 345 602
Mushobora kandi no kudusanga aho dukorera :Bujumbura-Mirango-14 è avenue RN1
Duhamagare tububakire canke canke tubatunganirize ibicapo vyiza vyinyubako
(+ 257 72 345 602)
https://wa.me/25772345602
Twubakira abatwitura inyuma yo kubereka inzu nzabo ukwo zizoba zisa zuzuye
Whatsap:+257 72 345 602
Ubu twihaye ihangiro ryo kububakira Amazu aruko twamanje kubereka ukwo zizoba zisa
20/05/2026
Inzu nziza
20/05/2026
NZIZA TUYITANGUZA IBICAPO VYIZA.
Irabire nawe inzu twatunganirije umu client ifise 4 CHAMBRES kandi ikaba iri mukibanza gito
Mwifuza ko tubakira canke ko tubatunganiriza ibicapo turondere kuriyi numéro whatsapp:+257 72 345 602
19/05/2026
raba inzu nziza igeretse rimwe twatunganirije umu client yatwituye yipfuza ko tumwubakira
Mwifuza kwubaka canke ibicapo vyinzu zitunganije neza duhamagare kuriyo numéro whatsap:+257 72 345 602
TUBUBAKIRE CANKE TUBATUNGANIRIZE IBICAPO
+257 72 345 602
16/05/2026
:+257 72 345 602
Maison 4 chambres
Turatunganya ibicapo tukongera tukabubakira
Dukorera:Bujumbura-Mirango-14è avenue-RN1
08/01/2026
MWOBA MUFISE UMUGAMBI WO KWUBAKA?KAZE TUBATUNGANIRIZE IBICAPO ( Plan de construction 2D et 3D) TWONGERE TUBUBAKIRE
📞WhatsApp :
+257 61617730
+257 72345602
Iyi ninyubako nini cane ihagaze muri parcelle ya 4 Ares nukuvuga 20m kuri 20m ,
Iyi étage igizwe ninzu zibiri (2 niveaux).
Inzu yohasi (RDC):
-Barza de séjour
-Salon zibiri zagutse
-Salle à manger
-Cuisine moderne yindani
-Stock
-Chambre proncipale Ifise salle de bain yayo
-2 chambres zifise ama salle de bain yazo
-Salle de bain yabantu bose
-Barza de services
-Boyerie
-Cuisine yohanze
-Salle de bain yohanze
Inzu yohejuru (1èr Etage):
-Salon
-Salle à manger
-Chambre proncipale Ifise salle de bain yayo
-2 chambres zifise ama salle de bain yazo
-Salle de bain yabantu bose
-Salle de prière
-Bureau
-Balcon
Dukorera mirango kwibarabara rya cumi na kane,iruhande yibarabara RN1.
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the business
Telephone
Address
Kamenge
1