Cecodebu s.c
Société de Production et de Commercialisation au Burundi
02/10/2024
Le travail de repiquage est maintenant terminé avec succès. Dit par , Représentante du Consortium des Coopératives Cecodebu Sc, FAJA-Inkingi s c. et en Province Gitega Burundi news lors de sa visite de ce 01/10/2024 où se font les activités de multiplication de culture de caféier sur la Colline dans la Commune .
02/10/2024
Mu guterera mw'iterambere ry'igihugu, Jérémie Ndihokubwayo asanzwe ari umukuru wa Cecodebu Sc k'urwego rw'igihugu, ku wa 02/10/2024, yatanze kw'izina rya CECODEBU, imitahe muri rirongowe na Fablice Manirakiza / FLYBZ, ishirahamwe rigiye kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura Burundi.
19/08/2024
Aherekejwe n'uwumuserukira mu ntara nshasha ya GITEGA, Jérémie NDIHOKUBWAYO arongoye k'urwego rw'igihugu urunani rw'amakoperative CECODEBU na COJELEDE yagendeye, kuri uno wa mbere itariki 19/08/2024, aho urwo runani ruriko rurarangurira ibikorwa vyo kurwiza igiterwa c'ikawa muri komine ya MAKEBUKO k'umutumba MWARO-MAVUVU, akaba yasanze ibikorwa biri k'umurindi mwiza kandi ikawa zimeze neza cane.
15/07/2023
*STEVIAL* ni izina ry'ikintu gihinguwe mu giterwa ca *STEVIA* gihinguriwe muri *CECODEBU*, iyo nayo ni Coopérative Engagée pour Contribuer au Développement du Burundi. Nk'uko bamwe babibaza, Koperative CECODEBU ni umugambi washizweho kandi ukurikiranwa n'ishirahamwe ryiyemeje guherekeza abenegihugu mubikorwa vyo kwironderera ubuzi n'iterambere rirama *CACEDEBU*, iryo naryo rikaba rifise imigambi irashe yo guterera mu kurwiza ubuzi n'iterambere rirama ribicishije mubisata vy'ubutunzi n'imibano, amagara meza, indero n'ibidukikije.
*STEVIAL* rero ihinguwe muri *STEVIA* ishobora kuba ari umutobe *(STEVIAL JUS/SANS ALCOOL)*, canke ikinyobwa kirimwo umwambiro *(STEVIAL WINE/AVEC ALCOOL)*, canke isukari yo mucayi *(STEVIAL SUGAR)*.
STEVIAL rero ni ngirakamaro m'umubiri w'umuntu, nta kibazo na kimwe igiterwa ca STEVIA gitera umubiri w'umuntu, ahubwo ni umutima kuko n'abafise isukari m'umubiri STEVIA irwana ija kuyishira k'urugero rwiza.
*Ibindi vyiza vya STEVIA mushobora kuvyisomera hirya no hino.*
Abantu bakeneye ibihinguwe muri STEVIA bahawe ikaze muri koperative CECODEBU, uwo mugambi wo guhingura STEVIAL muri STEVIA usanzwe urangurirwa mu gisagara ca Bujumbura muri Komine NTAHANGWA.
Uyishaka ushobora kwakura kuri *71231666* ni na WhatsApp, canke *65290145,* canke ukishikira aho iyo koperative yashimye gushira ivyo bihingurwa
1. Kuri Gare du Nord kubiro vy'ishirahamwe CACEDEBU ;
2. Mu MIRANGO 1 kuri 8 avenue iruhande ya maison de passage kwa BUYENGERO ;
3. Mu KINAMA kuri 15 avenue iruhande ya STATION TOP7.
*CECODEBU KUBWANYU*
25/06/2023
09/04/2023
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Contact the public figure
Telephone
Address
Gitega
Opening Hours
| Monday | 09:00 - 17:00 |
| Tuesday | 09:00 - 17:00 |
| Wednesday | 09:00 - 17:00 |
| Thursday | 09:00 - 17:00 |
| Friday | 09:00 - 17:00 |
| Saturday | 09:00 - 17:00 |
| Sunday | 09:00 - 17:00 |