Alain Inzamba

Alain Inzamba

Share

KUKO NIWATURISHA AKANWA YUKO YESU AR'UMWAMI UKIZERA MU MUTIMA YUKW'IMANA YAMUZUYE IMUKUYE MUBAPFUYE

13/09/2026

Hahirwa abagira imbabazi, kukw ari bo bazozigirirwa.
Matayo 5:7

06/09/2026

Bon Dimanch à tous. kukw imisi itandatu ari yo jewe Uhoraho naremyemw' ijuru n'isi n'ikiyaga n'ibiri muri vyo vyose, nkaruhuka ku musi ugira indwi: ni co catumye jewe Uhoraho mpezagira umusi w'isabato, nkaweza.
Kuvayo 20:11

31/08/2026

Nishawasame ni kwa neema ya Mungu tu

30/08/2026

Bon Dimanch à tous

26/08/2026

Ingendo zose z'umuntu ziba izitunganye mu maso yiwe ubgiwe,
Arik' Uhoraho agera imishaha ku munzane.
Imigani 16:2

23/08/2026

Inzira y'Uhoraho n'igihome gikingira umugororotsi,
Ariko n'amahonero ku bakora ivy' ukugabitanya.
Imigani 10:29

23/08/2026

Nikiwa na boss mtoto Happy Sunday to all

15/08/2026

Umwami atonesha umusavyi w'ubgenge,
Arik' uburake bgiwe buba ku muntu akora ibiterasoni.
Imigani 14:35

09/08/2026

Ijambo mwanyumvanye na jewe mfise aho narikuye narikuye kuno muvyeyi wanje Imana ishimwe cyane kuba yarugitse abasavyi bayo hano kw'isi

Category

Telephone

Website

Address

Hezumuryangoalaindesire@gmail. Com
Gatumba

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Alain Inzamba posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Gatumba.