ELVIS EDITH

ELVIS EDITH

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from ELVIS EDITH, Public Figure, Carama, Buganda.

Photos from ELVIS EDITH's post 16/03/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Umuririmvyi -B y'amaze kuva muri style zama Piano, agarutse muri za Melodie ziwe za R&B zoguhibongoza, aho araye asize coming soon y'indirimbo y'iwe agira asohora namara kuva mumafungo ya Ramadan, nino ndirimbo izoba y'itwa "Tel-Aviv" indirimbo izosohokana namasanamu.

โœ๏ธMbega ibintu vyokuryamaryama kunkumi uri mumafungo biremerewe....?

Photos from ELVIS EDITH's post 17/02/2026

๐ŸšจUyumuhungu Ari Gutanga Isomo Mwabantu mwe Tasha odaYaguye Ahashashe Mumubwire Alvin smith frimeur
impene hasigaye ikiziriko ๐Ÿ–๏ธ๐Ÿค”๐Ÿคฃ

09/02/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Ikibazo Ca Drama T Na B-face On The'flo Gisa Nikigiye Kurangira Kuko Uwo Bahora Bavuga Ko Bapfa Yaraye Abavuyemwo Ndetse Ubu Tuvugana Akaba Ari Umugore Wuwundi Mugabo!

Ariko Nubwo Biruko Umuririmvyi DRAMA-T We Ntiyigeze Ashika Kuri Mariage Kuko Yari Yamaze Gufata Rutemikirere Yibereye Mubufaransa ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ซ

Umuririmvyi B-FACE We Yarahari Ndetse Yaranagaragaje Kwavyishimiye Cane Kuba Uncuti Yiwe Magara Ikoze Ubukwe Ndetse Akaba Yaranamuririmbiye โœŠ

Drama T Ashobora Kuba Atarazi Neza Itarike Yubukwe Bwa Monna Walda Kuko Batari Basanzwe Bakivugana Cane Nkakera Ariko Ntaco Bitwaye Abandi Barahabaye Vyari Bimeze Neza!

๐Ÿ”บ Twitege Ko Drama-T Na B-Face Bagiye Gusubiza Hamwe ? Vyokuryohera? Ubona Vyodufasha Kwubaka Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ?

๐Ÿ”บ Canke Bagume Ukonyene Badahuza? Kubwawe Ubibona Gute? Baguma Muri Bifu? Ko Icabateranije Kitakiri Kuruhande Rwumwe ๐Ÿ™„๐Ÿคทโ€โ™€๏ธ

๐Ÿ’ฐ๐Ÿ”ฅKorera ๐—”๐— ๐—”๐—™๐—”๐—ฅ๐—”๐—ก๐—š๐—” Aho Uri Hose Ugurura 1XBET Ukoreshe Code promo DOSTYBUJA ๐Ÿ’ฅ Uronke Bonus Ya 300% Y'a Mahera Ushizemwo ๐Ÿ’ด๐Ÿ’ธ

Code Promo DOSTYBUJA ๐Ÿ’ฅ Irizewe Cane โœŠ

โœ… Fyonda kuri link ๐Ÿ‘‰ https://cutt.ly/CtbkstY5.

โœ… Injira Muri 1Xbet Koresha Code Promo DOSTYBUJA

โœ… Uzuza Ibikuranga Vyose

โœ… Shiramwo Amahera Yawe ๐Ÿ’ธ .
Ubwonyene BOOM ๐Ÿ’ฅ Bonus Ya 300% Icikugwamwo ๐Ÿ’ฅโœŠ๐Ÿ”ฅ
Amahera Ahari, Aravuga. ๐Ÿ’ฐ๐Ÿ”ฅ

Photos from ELVIS EDITH's post 09/02/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Icamamare Kirikou A Kili Ahejeje Kwandika Kurubuga Rwiwe Rwa Facebook Ati : Igihe Nari Muri Stade Intwari ๐ŸŸ๏ธ Sinibagiye gusabira nโ€™Igihugu canje gikomeze gutera imbere nogukomeza gukomera nkamabati ya Superbat Burundi ๐Ÿคฒ๐Ÿพ

Kinogihe Uburundi Buzima Ntahandi Hizewe Wogurira Amabati Yokwubaka Atari Muri SUPERBAT ๐Ÿ—๏ธ ๐Ÿ”ฅ

Niho Hantu Bagufitiye Amabati Akomeye Yubwoko Bwose Kandi Atagorana Gusakara Ikindi Kandi Baracari Kuri Promotion Kumabati Yubwoko Bwose Ndetse N'Imisumari โœŠ

๐Ÿ”บ Usigajiki Kugira Nawe Wubakishe Ibikoresho Vyo Muri SuperBat? Uriko Urasigwa Namajambere ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

09/02/2026

mpamva Drama T Yasohoye Ntagatima๐Ÿ’”๐Ÿคฃyara yamaze kubonako Mo'W Kanzie agira arongorwe jew niko nibaz wew wibazako ntagatima yasohoste ukonyen ๐Ÿ‘‡โœ๏ธ๐Ÿคฃ

08/02/2026
08/02/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Ayarenga 100 Niko Gaciro Kimodoka ๐Ÿš˜ Unomusore Yipfuje Kugurira Unomwigeme Inรจs Raguรซl Mugihe Yokwemera Bakaja Murukundo โค๏ธ Ndetse Bakitegurira Kubana Nkumugore Wiwe!

Umusore Azwi Cane Kumbuga Kwizina Rya "ICAMAMARE MARCUS" Asanzwe Adandaza Imiduga ๐Ÿš˜ Hano Kubutaka Bw'uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Inyuma Yo Gufata Urugendo Rwo Kuja Mubu Chinwa Agaca Tanzania ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ Akabonana Nunomwigeme Ngo Vyatumye Yumva Amukunze Cane Kuburyo Yipfuje Ko Yonamubera Umugore ๐Ÿ™„

Uno Musore Icamamare Marcus Agira Ati: Kumwe Yokwemera Kuba Uwanje โค๏ธ Nditeguye Kuca Ndamugurira Imodoka Yogutemberamwo Kandi Nziza ๐Ÿคฉ Irenza 100M .

๐Ÿ”บ Wibazako Arigiki Catumye Amukunda Cane Naburya Baheruka Kubonana? ๐Ÿ™„๐Ÿค”

๐Ÿ”บHoho Ubona Baberanye? Ubona Ines Azomwemerera? Naburya Hajemwo Nivyimodoka ๐Ÿ˜

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Buganda?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address


Carama
Buganda
011233