SSN Justin
SSN Justin ni page yudukuru duto tw'ubuzima bwa buri musi. twigishanye ,duhanurane ,dushigikirane
Niwasaba ubufasha uwowizeye akabukwima uzige kubaho utabafise bizoguha amahoro
Ninde wokwizera kuriyisi?
15/06/2026
Urukundo ruraryoha kbx abari single mubigenza gt
14/06/2026
Abari Kuri kaminuza ibi nivyo?
14/06/2026
Igihe kirafise ico gisigura mubuzima bwawe
Ndakugira inama yo gukoresha umwanya neza kuko icuri uyumusi bisigura ivyo wakoze ejo kandi icuzoba ejo kizosigura ico wakoze uyumusi
14/06/2026
Iki nico bita ndakibona singifata
nawe dusigurire iyifoto👇👇
14/06/2026
Abantu niko twimereye woroshe turakumenyera👇👇
Mujye mwibuka kujya gusenga kukwiyimisi nimibi🙏
Muri rusangi isiyose nindushi🤣🤣🤣🤣🤣🤔
Kuriyisi Abo twizeye nibo batubabaza
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Solwezi