RUTWITSI.com
Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from RUTWITSI.com, Grocers, Kigali, Kicukiro.
28/10/2022
hello guyz uno musi tubazaniye inkuru yaciye ibintu kw'isi iratangaje iranasekeje caane Bamwitwa aji yahora aba muri Afrique yepfo akaba yari amaze imyaka Mirongo itanu atoga uno musi ababanyi bagerageje kumwoza yaciye yitaba imana Bamwitwa aji Kora na kuri ino page ukomeze ubone inkuru zigezweho Kw'isi
23/10/2022
hello guyz nibaze KO mumeze hama ndashaka mufashe amatora mumbwire ninde ari umwami wa hop canke Rap ndabasavye mugire na kuri ino page oky amatora aratanguye. :Faby love K.shan boy. : B.face ondo fro. :19th Burundian Rapper Tora wisunze uwo ubona ayaboye abandi muri Ndundi
14/10/2022
hello abakunzi bacu twibaze ko mumeze neza aho muherereye mumpande zine z'isi uno musi tubafitiye amakuru meza aryoshe kubakunzi bumuziki inkuru irihanze iriko ivugisha abantu benshi nuko umuririmvyi musanzwe muzi kw'izina rya .L.G olegue ubu yidegemvya yari asanzwe amaze igihe kitari gito nyimba urumufana wiwe andika muri comment at: urakagaruka neza kurikirana page yacu uramenya vyishi kwiyi nkuru ugire and
11/10/2022
hello guyz uno musi tugarukanye naba basore babiri bagize umugwi wa love music ariko kumpamvu itari nziza bahinduye izina ubu babita love muzika *Uno musi baragaragaje akababaro kabo ukuntu manager wabo yifuje ko bogirirwa nabi ariko vyose biba impfagusa kurikirana page yacu uramenya vyishi utaruzi ugire na
05/10/2022
T niwe yaraye atahukanye award ya Best RNB kundirimbo yiwe yise imaze gushikana 1M vieus kuri You tube yuyu musore Ubu tuvugana numwe muri Million Gang hano iwacu Mu Burundi Respect kuruyu mwana w'Imuyinga killer nayandi mazina Gira kuri iyi page na
28/09/2022
Hello hello guyz unomusi tubafitiye inkuru mbi cyaane kumusore mwakunze muri benshi mumuzi kwizina rya amakuru mabi rero nuko ari gushinjwa gutera inda umukobwa musanzwe muzi aririmba Gosper bamwitwa guyz ibi bintu birababaje cyaane kubakunze ibikorwa vyabo kurikirana page yacu y Facebook mukomeze mumenye byinshi mutazi na
27/09/2022
Hello Guyz mweteguriye gute iyi collabo yibi byamamare hagati ya kuva iBurundi hamwe na kizigenza wo M'urwanda kuri page ans
24/09/2022
Bamwita akaba ari umu producer wicyamamare akaba numuhanzi kundirimbo yise yakoreye abahanzi Nyarwanda abahanzi Babarundi Mbese yaramamaye muri kano karere amakuru dufite nuko yipfujwe numwe mubahanzi bibyamamare muri Afrique ariwe platinamz yipfuj yuko yakwinjira muri byatangaje abantu benshi kurikirana page yacu uramenya byinshi and
23/09/2022
Yh our fans amakuru ari agezweho Biravurwa yuko Ira # umu dj wicyamamare azwi hano no hanze bivurwa KO yaba ari murukundo numu rapper kuva bamwitwa face ese byaba ari impamo cangwa se byaba aramatiku kurikirana page yacu #
22/09/2022
Nyimba koko warakunze indirimbo zuyu muvandimwe Yvan Buravan Muri comment mwifurize iruhuko ridashyira twizere ko ari heza cyaane
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Website
Address
Kicukiro