Gongo jay
Officielle Facebook du journaliste Gongo jay
Watsap:62518809
Promoteur, YouTuber, Journaliste ๐ง๐ฎ
๐ง๐ฎ๐ฅImbere Yuko Umuririmvyi Sat-B Kumusi wejo akora igiteramo ciwe muri Malibu abaje kugorobeza mugisagara ca Bujumbura, ahatembera aho abafana bibikorwa vy'iwe bamuzibiye ndetse abura nahaca kububwishi bwabatu.
โ๏ธNukuri Tucemeranye Umuririmvyi SatB niwe muririmvyi afise abafana beshi hano mugisagara๐คญ
Gongo jay
Umuririmvyi ahejeje guha ubutumwa bukomeye abantu bari muri France ๐ซ๐ท
Kurikirana iyi reresi mubwiyumvire
Gongo jay
๐ฝ๏ธ๐ฃ๐ฅ Igisagara Kirahiye ๐ง๐ฎ๐ฅ Ngiyi New Hit Song ๐ฅ Ihejeje Gusohoka Ubunyene Umuziki Ndundi ๐ง๐ฎ๐ฅ Uraronse Iyindi Hit Song ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
Bayita "GENDA " ๐ ๐ฉ By Madiba Tha Classic New Hit ๐ฅ๐ฅ๐ฅ
Murumva Iyimpano Yuyu Musore? Murumva Imyandikire Yiwe?...โ๏ธ
๐บ Indirimbo Uyumva Gute?
๐บ Ni Hit Canke?
Gongo jay
๐ง๐ฎ๐ฅMbega vyageze gute uno musi Umuririmvyi Sat-B ntapostinge ifoto y'agiye gusenga, bwabundi SatB yabonye koyakuze ntiyigeze ashirako amafoto nkababana biriwe bishira kumbuga.
โ๏ธNawe kuba SatB y'agiye gusenga ntiyipostinge wabikunze?
Gongo jay โ๏ธ
Genda by madiba tha classic
Vuba indirimbo ya irasohika
Kirikou A Kili niwe azokwakira kuva france
๐จ๐จ Itariki 2/7/2026 , Umwe mubaririmvyi bakunzwe mubufaransa azoba aringaha mugihugu c'uBurundi ๐ง๐ฎ๐๐พ
========================
Yitwa Youssoupha afise amamuko muri Congo ๐จ๐ฉ ,ariko akorera umuziki mubufaransa ninaho yamenyekaniye cane , akaba ahejeje kwemeza ko itariki 2/7/2026 azoba arikuri IFB ( Institut Franรงais du Burundi )
๐งพ Akazoba arikumwe na : Kirikou na Vania Ice
Gongo jay โ๏ธ
๐ง๐ฎ๐ฅ IMIRIYONI Zine Zama Vyuzi Mukwezi Kumwe Sat-B Asa Nuwuhejeje Kwandika Amateka Atundi Muririmvyi Azopfa Ayanditse Hano Iwacu ๐ง๐ฎ Muriyimyaka Turimwo!.
Mukwezi Kumwe Gusa Indirimbo TelAviv Igeze Kumavyuzi Imiriyoni Zitatu Namajana Itandatu! ๐ Igomba Ikwize 4M Imbere Yuko Amezi Abiri Akwira!
Sat-B Azoba Abaye Umuririmvyi Wambere Hano Iwacu ๐ง๐ฎ Ashikanye Ivyobiharuro Mukwezi Kumwe Kuburyo Tuzotegereza Igihe Kitarigito Ngo Turonke Uwumwegera!
Ntanuwurabaho Hano Iwacu Arashikana 3M Mukwezi Kumwe Ariko Nyene Agomba Akwize Imiriyoni 4 Ibi Tuvyite Gute? ๐ค
Tuvugeko Arikubera Iyindirimbo Ikunzwe Impande Zose?
๐บNdibaza Sat-B Ntabahindi Mwikeka Ko Ashiramwo?
๐บ Iyindirimbo Twese Turemeranya Ko Izokwiza IMIRIYONI 10 Mumezi Atanu Gusa? ๐๐ค
Gongo jay โ๏ธ
Alvin smith x masterland x mt number one๐คฃ
Iyi virus ๐ฆ ๐ต mubona arinde azoyivura?
Click here to claim your Sponsored Listing.
Category
Address
1111