GTV Rugombo

GTV Rugombo

Share

Promoter sekiller music and gospel music in Rugombo city ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

15/11/2025

Mwite uyu muririmvyi ariko abikora neza cane mu rugombo nturengane utaravye ico gisasu yaraye arekuye๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช
https://youtu.be/kiab_A4QFJE?si=_W4usFV8OAuQAObw

15/11/2025
Erihigh ft Ermanila-Magnetical (official music video) 15/11/2025

https://youtu.be/kiab_A4QFJE?si=_W4usFV8OAuQAObw

Erihigh ft Ermanila-Magnetical (official music video) ๐ŸŽถ *EriHigh ft Ermanila โ€“ Magnetical* ๐Ÿ”ฅ A brand new Afrozouk vibe made to move hearts and hips! โ€œ*Magnetical*โ€ is a smooth, romantic track blending deep v...

22/08/2025

Numuririmvyi mwiza cane๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช kuva mwikomine nziza yacu ya uyu muririmvyi ariko abikora neza cane muriy'imisi aheruka gukora indirimbo nziza cane yise โค๏ธโค๏ธโค๏ธ
link yayo ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡ngaho hasi
https://youtu.be/YQ4qqjWX0Oc?si=T3NflP-m4_CdO2ru
@

MY MOTHER BY I-DEL (Official Visualiser) 22/08/2025

https://youtu.be/YQ4qqjWX0Oc?si=T3NflP-m4_CdO2ru

MY MOTHER BY I-DEL (Official Visualiser) My Mother" ni indirimbo yanditswe ishingiye ku nkuru yโ€™ubuzima bwanje. Nakuze mbana na papa, maman ari kure yacu. Nโ€™iyo tutabana, urukundo rwanje kuri we nti...

07/01/2025

CA 5
๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด
Mwite Numurimvyi ariko abikora neza cane ngaha muntara yacu nziza ya cibitoke kabisa
Nturengane udaaize ijambo rimwe kubwiwe

06/01/2025

CA 4
๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿšซ๐Ÿšซ๐Ÿ”ด
best artist from

05/01/2025

CA 3
๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿšซ๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ’ฅ
Mwite n'umusore avuka neza neza muntara ya commune Rugombo yahoze akora sekiller music yarazwi nka inyuma yimyaka 4 yakira agakiza Ubu n'umuririmvyi w'indirimbo mpimbaz'imana ngivyo ibikorwa vyiwe ngaho๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
https://youtu.be/SjuQA_2Cgm4?si=sUDdWI2c6Fv0VriS

04/01/2025

CA 2
๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿšซ??๐Ÿšซ๐Ÿ”ด
wacu azwi cane kumazina yahawe nabavyeyi inyuma yimyaka myinshi cane akora imiziki benshi bamuzi kw'izina rya ubu yahinduye kariyeri yiwe vuba cane agiye kubahereza indirimbo yiwe yase By hambavu yico gikorwa hariho nibindi vyinshi amaze gukora ngiyo link๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/DN0wazTWTmg?si=QYb1bg7qdpFpaeKA

04/01/2025

CA 1
๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ”ด๐Ÿ‘‡
Uy'umusore azwi caane kw'izina rya Akaba arumuririmvyi ndetse arakina na film muri lebo ya wamoyo sana groupe abikora neza cane mwikomine nziza cane ya Rugombo akaba aherutse gushirahanze indirimbo yiwe yise ft or ngiyo link yayo,๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/mJ0zz1aoVbs?si=YMo9KmH79Uk8Mvat

Photos from GTV Rugombo's post 04/01/2025

yokuduza impano bose bakora ndirimbo zubwoko bwose
urubuga yaho # muzoza mumenyera amakuru yabaririmvye bose bomwikomine ya

Want your business to be the top-listed Realtor/realty Service in Rugombo?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Website

Address

Rugombo