Ivyacu

Ivyacu

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ivyacu, Media/News Company, Ngagara, Ngagara.

18/12/2022

Ishusho yumuziki ndundii!!🇧🇮🇧🇮 Bavuze umuzi wi Burundi aba bagabo baza imbere!! Big Fizzo na -B

31/08/2022

🚨Brucee melody yamaze gushika i burundi
Ariko ukuntu abarundi ba supporting umuziki wo murwanda bitandukanye nuko abanyarwanda babikora kumuziki wacu
🛑Kubwanje dukwiye kubaha kurugero nkuko natwe baduhako

na kur page plz

31/08/2022

🔴🔴 Mutama Jean Pierre Nimbona benshi bazi kwizina rya Ngo Yoba agiye gutahuka inyuma yimyaka 27 aba hanze yigihugu ngaho hakurya mugihugu kibanyi ca kenya 🇰🇪
Ivyo akaba ariwe yavyiyandikiye kurubuga rwiwe rwa Facebook.

🔴Mwomenyako yahora aza kenshi aje kukazi ariko ubu akaba aje kuhaba burundu

na kur page hamw na vyawe vyodufashe.

📷:isanamu twayitijije tuyikuye kwa Edisson Ndayahoze

31/08/2022

🔴Harigihe wibaza ngo urukundo nyakuri rwaraheza bivanye nabantu ukuntu bahindutse ariko sivyo namba urukundo rwukuri rurabaho!!

Iyi sanamu iraza kuguha icirwa!

kur page na vyawe birakenew🙏

Photos from Ivyacu's post 30/08/2022

🔴🛑🚨Mu ruziba Pasiteke🍉🍉 ni rya nawee!! Asha bazikina nkumupira kubwo kuba nyinshi
Uguze imwe bakonger igunira😅

30/08/2022

Big Fizzo ati :”Hariho umucamanza yitwa umwanya ashira umwe wes mukibanza ciwe”
Ivyo yoba yabivuze bivuye kuki!?

30/08/2022

🔴Lolilo akaba abahereje igikorwa kimezee nezaa cane🔥🔥🔥
Musimbire kur youtube mumushigikir

Profile pictures 30/08/2022
30/08/2022

Imwe muma couple yiwacuu mur indasi😅yumuziki murundi itovye😍!!!

30/08/2022

Mwoba namwe mumaze kubibona iyo Dr Big Fizzo atari muburundi umuziki wuburundi uba umenga waryamye!!

Want your business to be the top-listed Media Company in Ngagara?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Telephone

Website

Address

Ngagara
Ngagara