Tutu boy
Hip hop
25/12/2025
Hello bakunzi ba yanje
Ngiye iyindi film nshasha kandi imeze neza nyuma yokubaha film ubu tubazaniye iyitwa
Tugirako tubasaba imbabazi kuba tutabashije kubaha zose za . Ariko film ya yaraheze.
Ja kuri you tube wandike uciyibona ibice vyose biriko.
Link mur comment, ntimwigarir kugira subscribe
Following me Tutu boy
05/12/2025
naka nako mwakuvise cnk mwakabinye?๐
uwugakenwye inbox
Update nahand atar kur page yacu
iconkusaba nikimwe kora follow kuriyu page hama unsabe wakera yuwo wumvis arik utabonye
โ๏ธ
๐๐๐๐
25/11/2025
ubu i Teams zigira ndanyaye muzoze murazibaza Chelsea ๐ต
Barรงa yatsinzwe yasumbijwe muri vyose
ubu niho nkibona ko Chelsea ikomeye
โ๏ธ
16/11/2025
ngo murabe ivyavuga ntimurabe ivyakora ๐๐๐๐๐ง๐ฎ
10/11/2025
yampano wibrwanda๐๐๐ ababajama bababakeneye kuvugwa uwushaka iyo video anyandikir wtp nyimuhe
13/10/2025
incungu yuburundi๐ง๐ฎ ruhuka amahoro
n iyindi iraje
12/09/2025
Hello gyz nar narabahevy arik ndabazaniye film ibice 5 icarimwe vyose biri muri comment ๐
08/08/2025
ep 7 na ep 8 link muri comment
02/08/2025
Imodoka yomubwoko bwa acitrosi (ikamyo) ihejeje kugonga ipoto icako urutsinga rukuru rwumuyaga nkuba
Habaye amasirikwi vyakanya gato ariko ntanumwe yahasize ubuzima kuko baciye bihutira gukupa umuyagankuba
Aho nimugihe muri nyene bari bamaze iminsi batanga umuriro muburyo butandukanye. Ugasanga bahaye Quarter zimwe kumutaga izindi bakaziha mwijoro
Ivyo navyo bikavugwako biva kubantu biyongerey mugukoresh umuyagankuba ari benshi rero bigaca biremera trancifo nkuru itanga umuyaga nkuba. Bikavugwako bariko bararaba ngene bokwongeza izindi trancfo zikwirany nabantu biyongereye mugukonsoma umuyagankuba
Ubu tuvuganga nzima ntamuyaga nkuba ifise kubwiryosanganya rihejeje kuba.
โ๐ป Tutu boy
28/07/2025
ep5 na ep 6
Link mur comment
Click here to claim your Sponsored Listing.