Intore Cyane

Intore Cyane

Share

Official Page of Intore Cyane
Comedian | Content Creator
An Intore never dies, only bends the back
[INTORE ntipfa ivuna umugara]

tiktok.com/@intore_cyane

21/05/2026

Mubintu nanse no gukontororwa birimwoπŸ˜…πŸ˜… kuko jewe sindinzu bakontorora

21/05/2026

Mwebwe mwari bwabone kagabo yabaye sΓ©rieux πŸ˜‚πŸ˜‚!?

Any way abantu mudafise application ya BOUTIFY murabinsi biterambereπŸ˜‚

Photos from Kibobis Call Comedy's post 20/05/2026

Iyongeso nimbiπŸ˜‚

20/05/2026

πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚ πŸ˜‚ kuri kiosk abantu Bose bajaho bafise imico yokuraba mumafone y'abantu.

20/05/2026

Ngarutse ngaha nje kubashimira ndakeuuuuu πŸ”₯πŸ”₯

umuntu Wese arimwo ngaha IMANA imurinde ubukene n'agasuzuguro.🀲
Mumezi ane (4) n'imisi icenda (9) abantu 50 milles kuri Facebook na Tiktok First of all ALLAH AKBAR.
Ibisigaye atamwebwe nta jewe atamwebwe nta NTORE CYANE... πŸ”₯
Alhamdoulilah 😭

Intore Ntipfa Ivuna Umugara πŸ™πŸ«‚πŸ’–

19/05/2026

Miss popularity ko baraye bamwirukanye reo kirya kibanza nibagihe NellyNat Burundi wacu niwe agikwiriye,πŸ˜‚πŸ”₯

πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚

19/05/2026

Nn jewe nzokwama ndababwira ibintu vyose πŸ˜‚ izo Roll eggs murya zitavuye muri NYAKABIGA ROLL EGGS zizibatera ingwara...

Muri nyakabiga Roll eggs πŸ₯šπŸ₯šπŸ³ barakora na livraison (delivery) ,πŸ˜‚πŸ˜‚

18/05/2026

Nn nimba abakobwa ari 78% abahungu ari 22% mwebwe mwumva aribande borongora abandi?

Twebwe turindiriye ibihe vyabagore indwi 7πŸ˜‚

Full interview ngahaπŸ‘‡
https://youtu.be/H0B7hw7a8ws?si=BQrfqEM_rIzZUeE8

18/05/2026

I BUBANZA hariyo ibi petits bitamba ukibaza ibi bi petits vyonse gutamba πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ”₯

Aba nabo bitwa White dance burundi boca bakwica...
Abana baratamba ngo ngwino urore🀣🀣🀣gusa ababigisha gutamba nibo bafise akazi gakomeyeπŸ€£πŸ€£πŸ€£πŸ˜‚ Kandi baze barabaha discipline kuko niyo mushinge wo gutera imbere...
Mwebwe mwitege challenge yindirimbo NIMBIII πŸ”₯πŸ”₯πŸ”₯

Hama mugende mugire subscribe kuri Youtube yacu link ngiyo πŸ‘‡

https://youtube.com/?si=QlgcEYYUAQpw4eBB

18/05/2026

Lumitel turabasavye bagabanye Arya mamessage πŸ˜‚πŸ˜‚ baturungikira ,πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ€Œ

Uzubona ngo bishasha muri LUMICASH numukopo muba mugira muduhe muri LUMICASH...πŸ˜‚β‰οΈβ€ΌοΈ

17/05/2026

Uyu mwana niwe wenyene mu Burundi Azi gutamba πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚
From MPD Kids Dancers uyu mwana afise future. πŸ”₯

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Muyinga?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Address

Muyinga