Alain carmen

Alain carmen

Share

Alain carmen

12/02/2026

Atletic madrid 4-0 Fc barcelone

๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Photos from Alain carmen's post 25/01/2026

๐ŸŽค๐Ÿ”ดโšฝ : Umukinyi adasanzwe
๐—ฅ๐—ฒ๐—ฎ๐—น ๐— ๐—ฎ๐—ฑ๐—ฟ๐—ถ๐—ฑ irateye intambwe ikomeye
Itsinda Villarreal 2-0 ๐Ÿ”ฅโšช๏ธ.

Ivyo vyose vyashobotse kubera ๐Š๐ฒ๐ฅ๐ข๐š๐ง
๐Œ๐›๐š๐ฉ๐ฉรฉ mushasha ๐Ÿข๐Ÿ”ฅ, yerekanye
Urwego rudasanzwe, umuvuduko, ubu
Hinga nโ€™ubushobozi bwo guhindura
Urukino mu kanya gato โšก๏ธโšฝ๏ธ

Abafana ba Real Madrid baranezerewe
Cane ๐Ÿ˜๐Ÿค kuko uyu mukinyi ariko
Yemeza ko ari inyenyeri nyakuri โญ๏ธ

Nibi muvyandike aho mwanditse ibindi guko bizokenerwa muminsi irimbere. Hala Madrid

By Alain Carmen

22/01/2026

๐Ÿ”ต๐ŸŸฃReal Madrid Tayari!!! Vinicius JR niwe atowe nk'umukinyi yaranze indwi ya Champions League atsinze Lopez na Luis Suarez

Kundwi igira 7 muri UCL Performance nziza cane Vini yerekanye kuri Monaco mugutanga Assist 3 nigitsindo UEFA yemeje ati uwu niwe mukinyi yitwaye neza kuruta abandi bose

Bien Mรฉrite kabisa 100%

By Alain Carmen

14/01/2026

๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท๐Ÿ’ธ *Wari u*i ko ifaranga rya Iran rigeze kurugero rudasanzwe ryo agaciro ku rugero ruteye ubwoba?

Mu 2024-2026 *1$= hafi 1,400,000 IRR (Iranian Rial).

๐Ÿ“‰ ubu rero guhindura izina ryโ€™ifaranga). Ivyo vyerekana uko ubukene, ibihano vya politike, hamwe nโ€™ukutagira ugukomera kwโ€™ubutunzi bishobora gusambura ifaranga ryโ€™igihugu.

๐Ÿ“Œ Ibi bidusigira icirwa gikomeye:
> Dukwiye kwubaha no gukingira ifaranga ryacu, dushigikira ibikorwa, twirinda igiturire, dukunda igihugu.

๐Ÿ™๐Ÿพ

# Alain Carmen

04/01/2026

Iyi Real Madrid unomwaka kumenga ije neza?๐Ÿ˜‚
RM5-1Real Betis

04/01/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Mumisi ya vuba dushobora kubona izindi gรฉnรฉration ziza zikora ivyo bakuru babo batigeze bakora ivyo bikagaragaza ukurera neza kuva kuri bakuru babo ๐Ÿฅฐ๐Ÿ‘๐Ÿฟ

Jordan de la Capitale ahagarariwe na mukuru we Melanin boy nawe nyene intango yiwe isa niyiriko ishimisha benshi urugendo rushobora kuzoba rwiza

Link ๐Ÿ”— y'indirimbo yiwe nshasha muyirabe muri Commentaire mumushigikire asa n'uwufise kazoza kadasanzwe uno muhungu ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ

23/07/2024
13/05/2024

Aka weekend gatovye

Want your business to be the top-listed Contractor in Itaba?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Gitega/
Itaba
ITABA