BAHO

BAHO

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BAHO, Digital creator, Bujumbura.

28/05/2025

Nikuki Abagabo bamwebamwe batinya kurya isombe?🙄🤣

28/05/2025

Fabrice Manirakiza

23/05/2025

Turetseko Province mukirundi ar'intara na quartier ar'umutumba! wombwira
Commune mu Kirundi?🙄🤳

22/05/2025

Amatora azoba meza cane 🇧🇮🖐️🖐️

19/05/2025

Nimuvuge ikintu urya ariko bidakunda kuhisha ko wariye; jewe n"umucungwe"🍋🍋

14/05/2025

🤣🤣🤣🤣👇

13/05/2025

Tugire CNDD-FDD👊

13/05/2025
10/05/2025

♥️Nivy'ukuri amafaranga niyo atuma abantu bubahana canke nuko imitima yabo ariyo iri kure y'ukuri?
👇Subiza muri comment dusangire ivyiyumviro.






.

Abataragira suivre nabo nobasaba koboyikora kugira ntibaze bacikwe nibiganiro bikurikira

Want your business to be the top-listed Media Company in Bujumbura?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Culinary Team

Attire

Website

Address

Bujumbura