Build And Engineering Multi-services BAEM

Build And Engineering Multi-services  BAEM

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Build And Engineering Multi-services BAEM, Construction Company, Gitega.

Photos from Build And Engineering Multi-services  BAEM's post 25/07/2026
Photos from Build And Engineering Multi-services  BAEM's post 25/07/2026

BAEM(BUILD AND ENGINEERING MUILTI-SERVICES) ishirahamwe ryubwubatsi.
Kuruyumusi turamutse tubasangiza bimwe mubikorwa ririko rirangurira mugihugu cacu ciza cuburundi.
Ninyubakwa umu client yatwituye hari hubatswe umushinge ariko uburyo indani hari hakaswe ntivyamunezera nkabahinga twaciye tuja kukivi tumutegurira inyubako ibereye ikwijibisabwa twisunze ivyari bihari twongera dushirako bishasha(réhabilitation, rénovation et extension),plan. Inyuma yaho yadusavye kubishira mungiro rero nkuko mubibona kumasanamu ibikorwa bigezaho kandi birabandanya.
Murahawe ikaze abipfuza ivyinyubako zubwoko bwoso izigeretse,izitageretse kubuhinga bwanone; Mwipfuza amakuru aramvuye kubijanye nibikorwa vya société mushobora kudusanga aho dukorera GITEGA -GITEGA: RUE DE SPORT N°15B iruhande yikibuga cumupira wamaboko mugisagara ca Gitega canke kuri appel & what's up (+25761999932)
KAZE, KAZE!!!

Photos from Build And Engineering Multi-services  BAEM's post 06/06/2026

Nous sommes Build And Engineering Multi-Services(BAEM) votre societe et le notre.
Comme vous le voyez au plan architectural en 3D indiqué çi-déssous c'est une maison a pour usage d'habitation d'une famille que nous avons préparé pour nos client don't il compose par:
-Térrasse de séjour
-Salon+salle à manger
-Couloir
-Chambre principal avec salle de bain
-deux autres chambres avec salle de bain Commun.

N'hésitez pas de nous contacter pour tous les projets de construction vous n'allez pas regréter.
LES SERVICES: 1)Fournir les documents en rapport avec les constructions comme plan 2D, plan 3D, Etudes de la structure, Dévis qui sont des premieres phases.
Second phase: EX*****ON
(Gros Oeuvres,Second Oeuvres)
3)INSTALLATION ELECTRIQUE ET PLOMBERIE
4)LES TRAVAUX DE FINITIONS.

Pour plus d'informations, appelle au +257 61999932(appel& What's up) ou Bien au lieu de notre bureau situé en commune et province GITEGA en déssus de terrain de baskteball Exactement de rue de sport N°15 ou encore [email protected].

SOYEZ LES BIENVENUS

Photos from Build And Engineering Multi-services  BAEM's post 10/04/2026

Iyininyubakwa ishirahamwe ryubwubatsi BUILD AND ENGINEERING MULTISERVICES twatunganirije uwatwituye tukaba twagiriye tuyimwubakira ninzu yumuryango umwe yokubamwo igizwe nibi bikurikira:
*Terrasse de séjour
*Salon+salle à manger
*Trois chambre avec salle de bain commun
*Stok
*Couloir
Ukeneye gushika ahiherereye n province Gitega Commune Gitega colline mahonda.
Ushobora kubukeneye vyinshi mubijanye ninyubako wotuvugisha Kuri
#61999932
68354513
68902247 #
cank ukadusanga aho dukorera mugisagara ça Gitega Kur galerie iri haruguru ya terrain de basketball Rue de sport N 15B hampande ya banque BBCI au sud, moniment de l’ Hero du pays au Nord Exactement sur la route goudronnée
Murahawe ikaze mwese abipuza gucapisha amazu, kumenya uburyo nibikoresha inyubakwa izotwara, turubaka tukubakisha

Telephone

Address

Gitega
RUESPORTGALLERIEN15B

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Build And Engineering Multi-services BAEM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Subscribe

We will notify you when anything happens in Gitega.