The Middle

The Middle

Share

Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from The Middle, Journalist, Gishubi, Gitega.

Turyoherwe kandi tunezerezwe n'ivyiwacu muri Football na The Middle⚽️✊🍿🇧🇮

Umufana wa Marseille 💙🤍
Umufana wa Dortmund💛🖤
Umufana wa Brighton💙🤍
Umufana wa Ajax Amsterdam ❤ 🤍
Umufana wa Naple 💙 🤍

15/06/2026

⚽ Bagwaneza Bakari niwe agiye kuba icegera ca Robert Bimenyimana muri Messager Ngozi 👔

Aba bompi barikumwe mumwaka w'inkino uheze mumurwi wa Vital'o Fc.

📷 Betv

15/06/2026

⚽ Bruce kiremesha yinjije ibitsindo 9 munkino 12 na Abdi Ineza yinjije ibitsindo 16 munkino 13 🤝

14/06/2026

⚽ OFFICIEL ✅ Robert Bimenyimana niwe agiye kumenyereza umurwi wa Messager Ngozi mumwaka uza 😳

Hari haeze imisi Revérien Ndikuriy na Fondation pax Burundi batangaje ko Robert Bimenyimana ariwe azomenyereza umurwi wa Panthère Noir, ariko birangiye asinye mumurwi wa Messager Ngozi.

Gapapu 😳

Photos from The Middle's post 14/06/2026

⚽ OFFICIEL ✅ Largie Ramazani na Jordi liongola bazoba bari muri Team Nyange 🔥

Aba nibo bakinyi batumweko muri Team Nyange na Team Saido.

Igenekerezo rya 20/6/2026 azoba ari show 🔥

uzoba uri Team Nyange canke Team Saido ?

14/06/2026

⚽ Diamant Ramazani 🤝 Frédéric 🤝 Largie Ramazani 🤝 Jordi liongola 💎❤️

Aba bose bari bahuriye murubanza gw'ubugeni gwa mushiki wa Liongola muri Belgique 🇧🇪

Photos from The Middle's post 14/06/2026

FT: All Stars Gitega 2 - 3 All Stars Pro

Karim ⚽ Abdi Ineza⚽⚽
Béni Irakoze ⚽ Tambwe Gloire ⚽

📷 Mishe Mishe MTV

14/06/2026

⚽ Abakinyi ba All stars pro bahejeje gushika kuri Stade Ingoma I Gitega 🚌

📹 Fefe Fleury 257

14/06/2026

⚽ Isabukuru Nziza y'amavuko kuri Caco mbala 🎂

14/06/2026

⚽ Kagayo shaban Dungara yari yasubiye kukibuga Umuco 🔙

Kagayo shaban yakiniye kukibuga Umuco imisi itari mike ari mumurwi wa Olympic star yari yahagarutse mumurwi wa All stars Muyinga.

Photos from AD Sports's post 14/06/2026

⚽ Hana hari amakuru meza mukunde iyi page 🤝

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Gitega?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Website

Address

Gishubi
Gitega