Finix
Page
π΄ "Ingwano ntikiri iya Congo n'Urwanda, ni iy'akarere" - Prezida Evariste Ndayishimiye ku baserukira ibihugu vyabo mu
Umukuru w'igihugu abahamagarira kugira ico baterereye mu guhagarika ico kibazo c'umutekano muke uri mu Buseruko bwa RD Congo bitarayangara na gose
π Yavuze ko ico kibazo caje bukebuke bakibona kandi ko gishobora no gutandukira akarere kose mu gihe atacokorwa.
π€πΌ Kubwa Prezida Ndayishimiye, Uburundi ntibuzoguma bureze amaboko mu gihe vyobandanya uko : "Hamwe bitohagarara, intambara irashobora gusutama icese, kandi abanyagihugu ntibashobora kuvyihanganira"
π₯ Ivyo yabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa gatanu ku kirimba c'Umukuru w'igihugu i Kiriri, aho yari aramutse yipfurizanya umwaka mushasha w'2025 n'abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi.
mwanamuk mukaliπ€£π€£π€£π€£
"ntitwiteze kumanika amaboko ngo ducishwe bugufi tugiye gukomeza urugamba" .
Mw'ijambo ryari ryitezwe na benshi nyuma y'ibibazo biriko bibera mu buseruko bwa repubilika iharanira intwaro rusangi ya Congo, perezida w'iki gihugu mu masaha y'ijoro kuyu wa 29/1/2025 yashikirije ijambo nyuma yuko igisagara ca gifashwe nubwo kitaragenzurwa vyuzuye Hakiri intambara muri Kano gace aho na bakirasana na M23.
Tchisekedi yasavye urwaruka kwinjira mu gisirikare Ari rwinshi kugira bikureko agasuzuguro ndetse yizeza ko atazobatererana namba kandi bazotsinda uru rugamba mu gihe abakongomani Bose bunze ubumwe.
Yashimangiye aba wazalendo nk'inkingi z'igihugu mu gukingira ko kivogerwa.
Yasavye ubushikirangaji bundi kugabanya ibikorwa vyari bitegekanijwe hanyuma uburyo butari Buke bugashirwa mu gisirikare.
Yashimiye abasirikare bitanze n'umutwe wa wazalendo yemeza ko abazirikana.
Ese aya majambo hari aco azohava ahindura?
Finix
17/11/2024
π¨π²π¨π²π¨π²π¨π²π¨π²π¨π²π¨π²
gervonta Davis πͺπͺπͺπͺπͺ
πππ
18/02/2024
the champion Afriqueπͺπͺπͺπͺ
31/01/2024
πͺπͺπͺπͺ
Click here to claim your Sponsored Listing.