Swagger boy

Swagger boy

Share

100800

14/04/2026

Here we go

Ukuniko ngokimeze nawe nikubibona?

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Ibi bikaba unomusi ncanemerako nomubazungu ikirozi gikora kbx

Weho gute ibiwovyizera abafana ba fc Barcelona muze hano mutubwire

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Jendamukumbuyd mwentimumukumbuye ?

Asha kumusi wejo ashobora gutangura mukibuga imbere ya olise na diaze ubona atanguye real yoryangahe ndavuga amahoro

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Umukinyi azoronka ikarata yumuhondo muraba Bose unonaha ntazokina 1/2 final ya champions league kuko Bobo kuja muri 1/2 bavugako atakibatangira nubwo batsindiwe I bernabeu muri aller

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Liste ishobora butangura mukibuga niyi kumurwi was fc balcelona imbere ya atretico Madrid

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Wezombie yujuje imyaka 21 kumengo ntibakwiranye niyomyaka

Mwite huejisen umwite zombie umwite mugozi yujuje imyaka mironhibiri numwe 21 uyumusi nisabukuru yiwe

Happy birthday to you we zombie

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Uwuzi uyumukinyi ance inbox ndamutemwo kuko azobarumufana wumupira

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Ibintu ni fire unomusi kuri air wandametroperitano can atletico

Aho Barcelona abakinyi bavugati rukeneye remontada

Aba atletico Madrid nabi Ari ntakundi gikombe twiteze turagwana gushika turenganye

Natwe ahoturi wait and see

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Ubwo ubuntibwoba arubutumwa umurwi wa Manchester city watanze kumurwi was arsenal kwigakwiye kwijajara mugikombe can premier league

Ahanimugihe arsenal isumvya amanota atandatu Kandi Manchester city ifise ikirarane itarakina hamwe murukundo bazohura dimanche

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Mumurwi was real Madrid bariko bariyumvira kuzana umukinyi tonnis cross muri staff yumurwi wa real Madrid

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Ukuniko mutama hansiflick yeretse abo muri uefa ngwikibuga can atretico Madrid nubwatsi gusa

Kandi kuwungu windwiyahera yahakuyintsinzi

Swagger boy

14/04/2026

Here we go

Ukuniko umurwi igiye guhura muri kimwe cakane 1/4 mugikombe citiriwe umukuru wihihugu

Swagger boy

Want your public figure to be the top-listed Public Figure in Cibitoke?
Click here to claim your Sponsored Listing.

Category

Telephone

Website

Address

Cibitoke